Funérailles du Président Melchior Ndadaye
Uploader Comments (bbxx2)
Top Comments
-
imitwe yabarundi, iragwaye. amacakubiri nubwicane ntacoamaze.
-
nimureke guterana amajambo kuko twese turi bene mugabo umwe.ahubwo musenyere kumugozi umwe.twubake uburundi.
All Comments (67)
-
Ironic - the army bayonetted him to death and then presided at his funeral...
-
abo bose bashira imbere amacakubiri, mwese murasara kandi muri ibijuju (tutsi et hutu ou twa). muragenda mwicane mwese muhonye SVP, hama abashaka kwubaka igihugu basigare barondera ingene batenza imbere uburundi. ntaco mumaze murashisha, hama mwebwe muvuga imana ngo izobaronderera justice, muransesema kubera mwiyumvira nabi ngo imana yanyu ifise misericorde mugabo mushaka ko yicana imare abantu. muri ibigugu, hama nushaka ko mwene wanyu apfa, biranezerwa cane ko na wewe wopfa wa mbwawe. merci.
-
iyo bamenya ko bazamwikorera kuriya akabahumira ntibari kumwica!!!!!
-
Ukamengo twese dufise gene imwe...nta numwe ari mwiza kandi nta numwe atari mubi....reka rero mureke kuguma muzura akaboze kuko ndi sur à 60% ko abantu basize commentaire bose ata numwe yari mu bateguye kwica NDADAYE canke kumara abatutsi inyuma yaho...nta numwe azi ukuri nimureke kubesha mwese..nous avons des restes de l'histoire..hama namwe mukaja ngaho mugatukana...hama ndasavye Imana muzoze murayireka kuko ahiri itegerezwa kuba ituraba ikarira kuko duteye ikigongwe...
-
hahahahahahahhahahahaha...ndas
hoboye kuba notwenga aya ma commentaires ni humour au second dergré...twoba turi mu myaka iyihe??ego nivyukuri NDADAYE yaragandaguwe kandi abamwishe bakwiye guhanwa muga ikibazo mfise ni kumenye yuko ingwano yatewe n'ingandagurwa ryiwe canke yabaye impavu yo kwimara agashavu....twese dufise ivyo twabwiwe,twabonye...ariko umwe wese afiseuko avyakira...jewe birantangaza iyo abantu bariko barigisha abandi ngo umuhutu ameze uku umu tutsi ameze uku -
Education is the key!!! 80% cant read or write ....Wumva politique twoyumva gute !!! ubu amatora n'ubuzi ko ari ubwoko ntintara ...genocide 72,93( burundi), 94(rwanda)...la majorite yabarundi nabanyarwanda 95% catholics???? Amashure anashure amashure ...
-
nawe we urimwo mubazobazwa ivyo wanditse nico wakoze kugira u hagarike ivya baye vyoooose!!!
ntimukigire aberanda!!!
-
UKURI!!! tu ne sais meme rien!!!! hariho ukuri muri politique???detrompes- toi ma belle barabesha booooose kumurongo!!!ushima gukurikira ama ideologie yurwankano c'est ton choix mais je prefere l'harmonie entre toi et moi.
-
wewe ngira wanyoye amaraso arusha abari i buja uno musi iyunviriza ingene uvuga wunva bivuze umuntu afise umutwe ukwije neza ???? mbega umuntu akwivye imbirato wambara ukunda gose uca umwiba ibindi nawe ngo uramushoboye!si ndamuko compara na nyakwigira we yariyiyubashe nivyo uvuga siwe yabigutumye i m sure of that hee!!!urubahuka pe !! abantu bafise ubwenye nkubwawe nimba aribobatwaye igihugu dommage !! ntamahoro agiye kuboneka vuba ..bera abandi akarorerro keza gusa ibindi...
-
n'ukuri ubu ntwese ko batwiciye jewe nanje nanje nje kurondera uwanyciye nanje nkore ico yakoze ariko ubu ukokuri uvuga kuzoherera hehe ko mbona ari inda gusa ubu ga mufasoni wombwira ko uzi neza aba tutsi nabo bishwe none wunva uriko uravuga ibiki jewe nunva abahutu barabishe QUI tu as raison!!!ariko abatutsi nabo BARAFUYE!!! NONE UKWIHORANA kuzogera he???
ninba umwana wawe umwigisha ngo yice nawe ntaho mutaniye nuwiche NYAKUBAHWA NDADAYE sindakubesha
sigaho ni mugeze aho!!!
Ntamwana n' ikinono. abishe Ndadaye, Ntaryamira sha bitebe bitebuke, tuzobafata tu. ivyo mwigishijwe ngo muruta abandi, tuzobira tu. mwigira ngo nimwe mwize, kandi ngo muzi ubwe eka ngo muzi kurasa gusumba abandi vyose twarabibonye kandi twarabahinyuye....aho bukera murafatwa tuuuu.
PascalAkimana 2 years ago
@PascalAkimana ...mutama inumire gusa, ukuri kuzoja ahabona! Abamwishe bose baracariho mugabo ubutungane ntiburagira ico bubivuzeko...itekerereze mwenewacu, tuzobafatisha ibiganza tu!
bbxx2 1 year ago
igishavuje nuko abamwishe nibo bariko baramwikorera. Uburundi bwarahomvye. abarundi bose, bubwoko bose ndazi ko atanumwe yungutse kiretse abategetsi binda ndende. God bless the president.
coolerfive 2 years ago
Ego coolerfive uvugishije ukuri nk'ukurima!! Abamwishe bose barabaye abakirisu, bamwe baratunze, babaye ama millionaire de dollars, personne ne peut les arreter kuko justice ya hariya iwacu n'amahera usanzwe ubizi!!
bbxx2 2 years ago