Confession de Maregos
Uploader Comments (Ntare5)
All Comments (30)
-
uyu muhimbiri ivyo yagize NUKUMUNYA IMYAMA ZIWE ,AKAZIRYAKO, NUKUTUBWIRA IYARI TUKAMUSANGAYO , UYU MUGESERA HE S JUST A FUCKIN BITCH , AMABEREBERE YONSE AZAMUVEMWO
-
iyo mbwa!!nafatwe ahubwo!!!
-
Make avocadoes not war. Remember it's all about oil. Avocado Oil.
Kuri jewe mbona yuko uyu mu prezida wacu ari sexy! Ntavyibushe ivyo gutepeta nka ba bategetsi ba kera bav'i Rutovu
PS:Gutera imvoka n'ukugira ibikorwa rusangi n'intambwe irusha kwinyegeza mu Kibira ugandagura abo wari ku-libera!( Statitics might show that Palipehutu might have killed more Hutus than it liberated)
Rugabo Kadahusha wa Gahushi
-
ntitubivanga ariko umuhutu n'umuhutu umututsi n'umututsi,ibisigaye abarundi bafise igihugu cabo abanyarwnda bakagira icabo,bamwe bose bakemura ikibazo cabo ibintu vyose ni bukebuke,hama maregos baruhiye kumwica.
-
Wapi wangu ibyo binwamaraso byo mu Rwanda. Nti mukavange ikibazo c'abatutsi bo Rwanda n'ica Bahutu bo mu Burundi. None wewe Ntubona ko Maregos avuga nk'umuntuyishwe n'inzara akaba ariko arihigira uburobe?
-
yarakoze ivyo yarumwe mugabo impembo nko akari ikuzimu akabazwa.ces gens ont soif du sang,les sauvages imana izodukiza n;urwanda yararukijije
-
Mbe muzokwiruka gushika ryari??? Iyo himbiri qui a tué et torturé ariko aririra nde??? You'll burn in Hell, motherfucker!!! Kandi vuba uzofatwa et tu subira le même sort qu t'as fait subire Kadege....eka nusubire mwishamba iyo uva!!!
-
Abategetsi beshi bageze ku butegetsi bibagira iyo bavuye. Ab.andi nabo ntibazi aho isi igeze.Dirigeants de BUJUMBURA, sachez que le monde est désormais très petit.Ivyo mukora vyose mubikore mwiyibutsa le sort de MILOSEVICH, de Charles TAYLOR et bientot d'Hussein HABRE. Un jour vous payerez cher.Bitebe bitebuke muzoja imbere y'ubutungane.Mubikore mubizi.
-
La politique est l'art du mensonge!Ce petit discour ou temoignage de ce Criminel Maregos ne m'impressione, les preuves des photos de torture, etc... Maregos paiera pour ses crimes!
-
le Président Bush sera en Tanzanie et à coté au Rwanda la semaine prochaine et notre cher Président sera chez Bush! Quelle contradiction
uyo raisi Nkurunziza niwakutolewa ata kwarisase yuko ana uwisha warundi
shabani20 4 years ago
Shabani,
Siyuwi kiswahili alakini Nkurunziza ntitwamutoye ngo yice warundi! Hanyuma uriga i Kirundi.
Ntare5 4 years ago