Yesu ni mwiza rwose. Iyi ndirimbo irampezagira cane ku buryo iyo nyishizemo nsahaka kuyisybiramwo. Numva imfashije cane kumubwira direct Yesu ko ata wundi ahwanye na we. Kwibuka ko imigambi yiwe ari myiza kuri je, biri "awesome". N'ubwo ibigeragezo bibaho, intege nke zikaza, ariko iyi ndirimbo inyibutsa ko hariho uwumfiseho imigambi myiza, ni Yesu. Imana ibongerere imigisha Rehoboth.
urukundo gwimana nigo gwazanye yesu kugira abari muvyaha bakizwe wewe urushe wewe uremerewe ndakubarire yesaragukunda yesafise imigambi myiza kuriwewe...
MrKadi1972 2 months ago
ncutiyanje urukundo rw imana niryo ruseruka k umuntu aho agorewe kuri jewe na wewe nuko wotunganira imana ukaba kure y ivyaha.
MrKadi1972 2 months ago
Yesu ni mwiza rwose. Iyi ndirimbo irampezagira cane ku buryo iyo nyishizemo nsahaka kuyisybiramwo. Numva imfashije cane kumubwira direct Yesu ko ata wundi ahwanye na we. Kwibuka ko imigambi yiwe ari myiza kuri je, biri "awesome". N'ubwo ibigeragezo bibaho, intege nke zikaza, ariko iyi ndirimbo inyibutsa ko hariho uwumfiseho imigambi myiza, ni Yesu. Imana ibongerere imigisha Rehoboth.
gandi4511 5 months ago
Ineza yawe ntawayirondora koko, Ingoma yawe ntizashira, GBU all.
maloone75 8 months ago
Mwarakoze koko YESUnimwiza
Az12117 10 months ago