Ndanezerewe gose kuko bamwe mur'abo bantu ndabamenye twarabanye i Bdi goose bvamwe bar'abagenzi kweli nibaza ko nzosubira kubabona amaso mu yandi atari kuri net
Ndanezerewe n'iyi video kuko bamwe ar'abantu twabanye ndabemenye kweli ndabona ko babandanije inzira y'agakiza ndabheruka avnt 1993, nibaza ko bo bari i bdi . Dieu existe
If I hear this I miss Burundi more....May God bless!
missmwangaza 8 months ago
My name is Mario Annuza, and I am brazilian ! Very good !
marioannuza 10 months ago
nkurunziza na bamufasha bose baramaze abarundi babichisha inzara bafbafunga ataco bazira babica mukinyegero , amahera asesagurwa mu kuyiba mukuyatanga mumahanga abarundi mu kirundo no muyindi mihingo yi gihugu bariko barahona , mana dufashe tuzoronke abatware beza , twama twaronse ibinywamaraso imihimbiri atanakimwe ikora atari kw´ica abarundi gusa , michombero ,bagaza, buyoya , ayo bakoze naga homera bunwa , uyu wewe nkurunziza nigisibe cu mwicani.
kanywababo 1 year ago
ecoutez notre chanson pour le burundi...L'AMOUR, C'EST LA VIE.....donne par CB IN LOVE....cliquez CB IN LOVE BURUNDI....icie sur you tube
rosajeans 1 year ago
Ndabona mwari mwakanyukuye da!!!!!!!
steven27039 2 years ago
Free Methodist Church Burundi? I know some friend of burundi
Gatore100 2 years ago
Ndanezerewe gose kuko bamwe mur'abo bantu ndabamenye twarabanye i Bdi goose bvamwe bar'abagenzi kweli nibaza ko nzosubira kubabona amaso mu yandi atari kuri net
Dieuexiste1 2 years ago
Ndanezerewe n'iyi video kuko bamwe ar'abantu twabanye ndabemenye kweli ndabona ko babandanije inzira y'agakiza ndabheruka avnt 1993, nibaza ko bo bari i bdi . Dieu existe
Dieuexiste1 2 years ago
igihungu canj............!!!!!!!!!!!ndagikunda cane kandi ndagikumbuy gossss....loooooovv yaaaa.keep praying...
Ciakaty 3 years ago
very beautiful your music.
cdelalora 4 years ago