Kweli MUNGU ni mwema na ndiyo maana anazidi kuvunja vunja siri za kuzimuni na kuzianika hadharani watu wakaoka. Ushuhuda wa nguvu, IMANA IHABWE ICUBAHIRO! @carlychou sikuelewi unachokusudia kusema! Uritonda kubintu vy' Imana...
wow ino movies iri the best cane ndibaza nkumuntu yahora akekeranya yuko Yesu Akiza , Amaze kunva kino gishingantahe cuno Muhungu , i hope yemeye ibitangaza Vya Yesu ,kweli turabashimiye Imana Ibahezagire Cane .
@JesusChristlovesmefy kwitonda ku bintu vy'Imana bisigura kuraba,ukiyumvira hama ugategera..hari benshi bavuga ivy'Imana,umugambi wabo atari uwo gukiza ariko kurondera amahera...à bon entendeur salut!
carlychou 2 months ago
Kweli MUNGU ni mwema na ndiyo maana anazidi kuvunja vunja siri za kuzimuni na kuzianika hadharani watu wakaoka. Ushuhuda wa nguvu, IMANA IHABWE ICUBAHIRO! @carlychou sikuelewi unachokusudia kusema! Uritonda kubintu vy' Imana...
JesusChristlovesmefy 2 months ago
Aho mubona atari gutyoza aba musulmans ngaho,jewe ivyo singeza kuvyemera..uwo mu polisi déjà umengo ashaka kubimuvugira umengo nivyo bapanze....
carlychou 2 months ago
wow ino movies iri the best cane ndibaza nkumuntu yahora akekeranya yuko Yesu Akiza , Amaze kunva kino gishingantahe cuno Muhungu , i hope yemeye ibitangaza Vya Yesu ,kweli turabashimiye Imana Ibahezagire Cane .
ericnyandwi100 5 months ago
thnx very much it is good to know that news
niyodavid20 5 months ago
Wow i really really like this
dina17181 5 months ago
Nturabashimiye mwese mwagize akigoro kokutushikiriza inkuru nziza yogukizwa na Yesu Kristo. Imana ni nkuru nituYihimbaze. Kubwivyo kubwabose nosaba ko mwobandanya mutororokanya inzindi nkuru mukazishira kumurongo wa entereneti, kugirango natwe turikure y'ububundi mubihugu vyohanze tugire ico twungutseko. Murakoze Imana Idufashe twese abana bayo!
joseph1987ist 5 months ago