Kidum Profile
Loading...
10,483
Loading...
Uploader Comments (ahupa)
see all
All Comments (7)
-
@Butwe rwanda, burundi ça revient au même kandi aririmbira abantu bose ntawe asiga. donc BUTWE...
-
You are the man. R. I . P Your message is really, god be with you.
-
butwe ntugire ikibazo kweli abarundi nabanyarwanda icatangura byose nicokimwe. komera cyane tnugasaze.
-
mbe uracari igikoresho ca Cndd -Fdd ewana nashaka nkumeneyeshe ko umu manager wawe Joris Ndongozi baheruka kumufunga i burundi yishe umuntu polé sana kandi mbona umuziki wawe atakikigenda muta
-
muta arakomeye ? be ubu uraca sohora album canke wara retse kabisa ? jewe nitwa edmond ndifuza gose yuko twogirana indiribo nimwe ojo vyokunda ?
-
Wagira ngo nago ariwe arimo avuga. amajambo nago ajanye nukubomboranya kw'iminwa ye!!!
Loading...
Mbe shahu utangura kuramutsa abanyarwanda hagutangura kuramutsa igihugu c'amavukiro. Ego nukuri jw ndashima indirimbo zawe kandi ziraryoshe ariko nagira ndakubaze utubazo tubiri: - Uri Umurundi canke Umuryarwanda???--Nsa nuwu tabitahuye neza numvirije imvugo.
- Mbega kutavuze ko uririmbira umugambwe CNDD-FDD hamwe nabawurongoye aribo batuma abanyagihugu b'Iburundi bicwa n'inzara?
Butwe 3 years ago
Butwe,
Ndagushimira ibyiyumviro (ivyiyumviro) byawe. Ariko kuba umunyarwanda cange umurundi icyo nzi ni uko twese tuvuga rumwe. Kidum ni umuririmbyi wa karere kose, urwego arimo si urw u Burundi gusa. Sinzi icyo ushaka kugeraho kuko nta ndirimbo nimwe Kidum yigeze aririmbira umugambwe (ishyaka) CNDD-FDD. Ni ibitaramo bya nyuma yakoreye umugambwe ni mu mpra za 2006.
Gumya gukunda umuziki we.
Thanks.
Ahmed Pacifique
Kidum's Manager
ahupa 3 years ago