Naho abanyagihugu tutunva, abaduserukira barakunda kuba bakoze ukwo bashoboye mukutwunvisha. Ariko natwe twikebuke, kuko kuzibira amabarabara siwo muti. Dusanzwe dukenye, ntitwongereze ikibi mukindi rero!!! Ivyo twosaba twobisabana Ineza atabwononyi buciyemwo.
uburundi nakintu ndak!!
21000akon 1 year ago
ngo universite ya Bibiliya ndake??
eweyemwe 1 year ago
Ntakindi gihugu ndabona Reta inyaga Abanyagihugu: Ntagihugu nakimwe ndabona reta icinyiza abanyagihugu...Reta y'Uburundi yananiwe n'ukwigisha abana bo muri Primaire, ibarekurira mw'ibarabara, izoshobora ikibazo c'amatongo? Nkurunziza represents mediocrity in the history of governance, niyemere gukera ubwo bareha abise ababishoye: It is same! Uburundi buzokwama bwibuka ino reta, mwe murabona kuzana Inkoho mu Barundi bariko bararwanya akarenganyo, hanyuma ngo Ingwano yaraheze: Give me a break!
vug123 1 year ago