oya ncuti, uwaciye muri lyccée Matana mu myaka ya 90 barasoma ibivu mu Migerere, bakarenzako akuki kwa Kayuki. reka reka kunyibutsa!!!! Kwi SEGETERE mu Kibumbu soma musubire umu drinki wo kwa Munyorore
ryarazimvye, n'akarwa umuntu yahora asoma karazimye none abatama bacu bari mukwicwa n'inyota. Mbe basha ninde yombwira ko mu mu MIGERERE (i Matana) bagikora IBIVU (uduheke). cankwe ka KAYUKI ko bagikora akuki!!!!! hahahah, je rêve un peu
I love it
clovisE40 1 year ago
this iz funny LMFAO
Missjosie257 1 year ago
oya ncuti, uwaciye muri lyccée Matana mu myaka ya 90 barasoma ibivu mu Migerere, bakarenzako akuki kwa Kayuki. reka reka kunyibutsa!!!! Kwi SEGETERE mu Kibumbu soma musubire umu drinki wo kwa Munyorore
MrKibungo 2 years ago
Ewe yemwe uwuhora arabumviriza ntiyoryama! Muraririmba ntimuzoramba. Nayo amayagwa yo ngira...! Ngejeje aha!
SuperTheogene 2 years ago
Agacupa si kabi en soi.
Mr KIBUNGO wahora uva mu KIBUNGO ukaja kunywa ikivu mu MIGERERE? Kari karakubanye...
Ni turinywe turisubire mais ntibatubenge ngo tubiyoberwe.
hifideaurea 2 years ago
ndamukiriza abantu bo ngaho kwa gafaranga mu nyakabiga ya 3, uti soma musubire , kirinyota mugenzi!!!
MrKibungo 2 years ago
Rizimba canke rireke, tuzoguma turibabaza mpaka!Ese ayo ryabonye mw'ijoro ry'uwa 31/12/2009 ushira 01/01/2010!Emwe ntiyari ayo kuvuga!
Ndaguye ndagarutse, naho icupa ndarikunda, abarundi turakwiye kugabanya kwiheza arukanywa.Ariko rero ntawoheba kuko karahuza imiryango.
niblackman 2 years ago
ryarazimvye, n'akarwa umuntu yahora asoma karazimye none abatama bacu bari mukwicwa n'inyota. Mbe basha ninde yombwira ko mu mu MIGERERE (i Matana) bagikora IBIVU (uduheke). cankwe ka KAYUKI ko bagikora akuki!!!!! hahahah, je rêve un peu
MrKibungo 2 years ago
Ewe Rudipe warababaye!Komera wampaye la Bouteille!N'uwampaye la Vache ndamwivuga;kuki wewe!Onésphore umbaye kure naguha n'akandi ukaba urisomera se mwiza wanje.Uwanka icupa aba yanse ikiyago;ikiyago naco kirubaka;ukwubaka nakwo n'iterambere!None ga yemwe ndayiciye umurya?Nyishure basha.We nawe usoma ubu butumwa;uhejeje gusoma utashe uce uca muri BRARUDI uti barabatasha,uti komeza urwo RUTOKE.
niblackman 2 years ago
ewe onesphore warasaze, sinarinzi ko ufise des talents, ariko urabesha nta nkumi wagujije icupa,....
MrKibungo 2 years ago