-
9 months ago
-
9 months ago
Burundi :Un cadavre découvert à Gihanga
.
carlrobert2007 • 4,847 views
rurenzangemero2
commented:
Murishe igihugu basha,none igihugu kiba cabuze incabwenge muko gitwagwa ni zo mponyorabitabo?Un gouverneur ni umuntu atari muto.akwiye kuba umuntu yize ashobora guserukira abantu biwe neza .Wewe urumva ako,mu Ntara harimwo les PROFESSEURS bize,uko ni ugutukisha igihugu.
-
9 months ago
-
9 months ago
-
9 months ago
Burundi :Réaction Rwasa sur la Division du Fnl
Burundi Videos
carlrobert2007 • 10,095 views
rurenzangemero2
commented:
Emmanuel nawe uri nk'abandi baryi bansumire inda ingwano yitware iwanyu kuguma wicisha abo ba BO
-
9 months ago
Nederlandse Militiaire inzet in Burundi
Naast het Europese initiatief EUSEC neemt Nederland deel aan de Security Sector Reform (SSR). Deze moet de gehele veiligheidssector in Burundi en M...
defensie • 4,222 views
rurenzangemero2
commented:
Emmanuel Nkesh. aho abo bazungu baritwengera cane turacari mu myaka2000 usubiye inyuma mwiterambere.
-
9 months ago
Microkredieten Burundi
Voor steeds meer arme mensen, die doorgaans geen lening bij de reguliere banken kunnen krijgen, vormen microkredieten een weg uit de armoede. Dankz...
franknieuwhuis • 1,445 views
rurenzangemero2
commented:
Emmanuel Nkeshimana,usa ariko ingwara ziri kwinshi,abantu bavuga ko Uburundi bwateye imbere ngo vyarenze,abo si abicanyi nk'abandi?Rabe namwe aho hantu nabo bantu.Abo bazungu baritwengera.
-
9 months ago
Danses du Burundi
Danses du Burundi "le Miroir" 19/06/2009
franginbaladeur • 799 views
rurenzangemero2
commented:
Emmanuel Nkeshimana USA,Ndi umurundi ariko abanyarwanda baracabarusha.
-
9 months ago
Jackie Mugabo - 2 Mana Yangye
Rwanda Gospel Music
JackieM1000 • 26,649 views
rurenzangemero2
commented:
Emmanuel Nkesh.Jackie muri vyose ntaco mvuze birakwiye.Urwanda rubandanya ruterimbere.
-
9 months ago
jackie my music
This is me introducing myself to you. I hope you like my music. WATCH THIS SPACE...
JackieMugabo • 11,570 views
rurenzangemero2
commented:
Emmanuel Nkeshimana Jackie félicitation puor cette chanson.
-
9 months ago
Jackie Mugabo - p Jackie Umwami Yesu Niwe Nshuti.
Lord Jesus is the Friend.
youprotv • 19,860 views
rurenzangemero2
commented:
Emmanuel Nkeshimana Usa muzonaganza kubera ubwiza bwanyu ico ni ikndi kirwanisho Imana yabahaye.N'indirimbo ntaco ibaye da.
-
9 months ago
Rehoboth Ministries - Habwa ikuzo
RWANDA GOSPEL RWANDA GOSPEL RWANDA GOSPEL
Yesunimuzima • 105,034 views
rurenzangemero2
commented:
Emmanuel,Nkeshimana,USA.Hariho uwombwira ivyo vyokwambara impeta zitatu ku ntoke z'ukuboko kumwe, ukundi uko nyene ico bisugura.Kandi uri umuririmvyi w'Imana?Impeta imwe irakwiye n'aho izirenga zitatu oya.Hazogire uwmbwira insiguro yavyo.
-
9 months ago
lolilo icirore
lolilo new 2009
uvaunit • 22,992 views
rurenzangemero2
commented:
Emmanuel,Nkeahimana,USA,uri ikijuju sha nta mudimudimu aba mwiza umwirabure niwe wa mbere mugabo nivyo nturabona abazungu,urabaza twebwe tubana nibo bantu babi kw'isi yose umurabiye kure wogira ngo arasesuka ariko...oya.
-
9 months ago
Il est beau mon pays BURUNDI
STEVE SOGO : jeune Artiste(compositeur, bassiste et guitariste Burundais)
finimaxi • 41,027 views
rurenzangemero2
commented:
Emmanuel Nkeshimana,USA njanye nawe ushimigiza ico gihugu ciza mugabo cishwe na ba dd mu kwica bene wabo,Umugore wa mbere mu bwiza kw'isi yose ava mu burundi mwari mubizi?Kore amatohoza muzobibona.
-
9 months ago
Etoile du Centre - Fata taxi
C'est l'histoire banale qui arrive a la plus part de nous les jeunes de Bujumbura. Un bon vidéo clip disent nos proches et vous qu'est ce que vous ...
Etoileducentre • 19,972 views
rurenzangemero2
liked
-
-
9 months ago
Mubwire (Meddy).wmv
avifro881 • 79,309 views
rurenzangemero2
commented:
Je suis Emmanuel,Nkeshimana USA.Tu as connu chanter étant jeune et tu sais chanter sûremet,tu es parmi les au Rwanda.
-
9 months ago
Chini Ya Mwamba
Mwimbaji anafuraha kuwa chini ya mwamba Yesu
mwihami • 186,177 views
rurenzangemero2
commented:
Emmanuel,Nkeshimana USA "Niko chini ya mwamba,niko ndani Yesu mimi"Mube murirmba ukuri ntibibe ibintu vyo kuryosha gusa muririmbe, ivyo mukora n'aho, nimba ari ukoryosha gusa indirimbo nokwicira irariro muzohura na mwene Maria, ivyo mumubeshera.
-
9 months ago
Uguhunga kwabo mwisi
This song " Uguhunga" sang by the choir of burundian people live in Mtabila Camp, the choir is: Injili choir.
Iyi ndirimbo yaririvywe na Injili Ch...
kabura15 • 26,773 views
rurenzangemero2
commented:
Emmanuel Nkeshimana usa aba ndabazi bose Mtabila Imana yariyahahezagiye.Buhwibiri n'uyo mutama yambaye amarori kandi afise umvi,yarize cane ariko abandanya gukorera Imana aha ngomba kuvuga bamwe bihenda ngo uwize cane ntakorera Imana.Imana ibahezagire cane ibongere imusi yo kubaho.
-
9 months ago
Abagabo b`ibinyoma. Muhima Choir
Men full of lies claimed to be witnesses forge a lie against Stephen that he cursed the name of God and Moses! God's Grace is awesome! Stephen asks...
JaLedoux • 17,437 views
rurenzangemero2
commented:
Emmanuel Nkeshimana usa,mwaririmvye indirimbo itera agahinda kandi namwe murabizi cane ariko ni mubandanye muzoshika.Mwarakoze kurira, umuntu atarira nta mutima aba afise,aho n'uko mufise umutima.Ego ico ni ikimenyetso kiranga umukristo nyakuri ubabarire uwakugiriye nabi.
None nibangahe bagira g...
-
9 months ago
Brenda Fassie- www.zimvibes.com
Brenda Fassie- www.zimvibes.com
zimvibes • 426,865 views
rurenzangemero2
commented:
Emmanuel Nkeshimana,USA .jE N'AJOUTE RIEN SAUF QU'ELLE LA PREMIERE AU NIVEAU MONDIAL MAIS ELLE TRES LAIDE.
-
9 months ago
~Ding ding~by Lucky Dube
African Reggae...you gotta love this!
ScamthoQueen • 1,239,604 views
rurenzangemero2
commented:
Emmanuel,NkeshimanaUSA,je suis burundais mais l'Afrique du sud est le premier dans le monde entier surtout en musique.
-
9 months ago
Brenda Fassie - My Baby
viva, papa wemba, soukous, rhumba-rock, zaire music, ndombolo, kwasa kwasa, sebene, koffi olomide, werra son, wenge, kanda bongo man, awilo, africa...
Mulopue • 11,108 views
rurenzangemero2
commented:
Emmanuel,Nkeshimana,USA.Bien que tu ne sois belle tu chante bien quand mm.Je t'aimerai tant.Un(e) artiste ne meurt pas nous l'entendons tjrs.Voilà un bon métier.
-
9 months ago
Brenda Fassie - Thola Amadlozi
bizarre4life • 3,872 views
rurenzangemero2
commented:
Emmanuel ,Nkeshimana USA.Bien que ne tu sois pas belle,je t'aime tant,tu as une belle voix,Je t'aimerai tjrs.
-
9 months ago
South Africa - Brenda Fassie - My Baby
AFRICA FROM A-Z: SOUTH AFRICA
idamawatu • 97,171 views
rurenzangemero2
commented:
Emmanuel ,Nkeshimana USA,elle chante très bien alors qu'elle très laide,grotesque.Si elle serait belle on allait bcp l'apprécier.Mais elle numero un quand mm.
-
9 months ago
South Africa - Letta Mbulu - Amakhamandela - Not Yet Uhuru
AFRICA FROM A-Z: SOUTH AFRICA
idamawatu • 64,734 views
rurenzangemero2
liked
-
9 months ago
Phalafala Balatedi Ba Morena
Join us on Facebook. - http://www.facebook.com/The...
TheChoirChannel • 2,439 views
rurenzangemero2
liked
-
9 months ago
-
9 months ago
Brenda Fassie Soon and Very Soon
Brenda fassie gospel
Amen
Thandielove • 732,232 views
rurenzangemero2
commented:
Emmanuel,Nkeshimana.usa. uyu yari mubi pe, ariko afise ijwi ryiza cane.Ibintu biratangaje umukobwa mubi cane ariko aririmba neza.Brenda wari mubi nugende.
-
9 months ago
Juliana Kanyomozi Ft Kidum with Hatutrudi Nyuma
Juliana Kanyomozi Ft Kidum with Haturudi Nyuma New Song music
DjDinTV • 869,339 views
rurenzangemero2
commented:
Emmanuel,Nkeshimana usa,Ico gihe sinzocibagira, uvuze igiswahili, ico gihe hari ku ntwaro y'igitutsi mu Burundi,waribonerako none ubu igiswahili kirabica bigahimbuka baranacigisha mu mashure.Igiswahili ni ururimi,uruzi neza ukaruvuga neza ni ururimi rwiza cane.Abantu bamenye ko ibintu bihinduka.
-
9 months ago
KIDUMU -NEW SONG MAPENZI
KIDUMU KIBIDO NEW SONG MAPENZI, TANZANIA ,BURUNDI,CONGO, KENYA ,MUSIC , AFRICAN MUSIC SAFARI
TheAfricanmusic • 338,761 views
rurenzangemero2
commented:
Emmanuel,Nkeshimana USA,tu chantes bien mon frère, ceux négligent mon pays qu'ils écoûtent comment les fils du Burundi sont célèbres en musiques.On se demande si Kidumu ou Matata n'existait pas, on serait avec qui?Comment serait mon pays?FELICITATION mes Frères.
-
9 months ago
Jean Christophe Matata- ntuntumeyo
drkiing • 5,344 views
rurenzangemero2
commented:
Ndi Emmanuel Nkeshimana USA,iyi utayikunze nta mutima woba ufise .Basha ,abantu baharanira kumenyekana mukuba abategetsi none uyu ninde yamurushize kumenyekana.Uyu ntiyapfuye kuko turamwumva,turacamwumva kandi turacamubona.
-
9 months ago
Christophe Matata - mukobwa ndagowe
burundi
ntiruva7 • 141,009 views
rurenzangemero2
commented:
Ndi EMMANUEL Neshimana USA iyi ndirimbo yarabiciye birahimbuka muri co gihe.Indirimbo ziwe harimwo inyigisho nziza cane,Lolilo yofatirako akarorero.
-
9 months ago
Ombea adui yako
Sifa kwa Bwana
mzalkun • 262,710 views
rurenzangemero2
commented:
Ndi Emmanuel Nkeshimana USA nihagire uwumprirza ko iyi atayumvise igihe twari hahandi ntiriwe ndavuga.Indirimbo zose za Bukuku zaraturemesheje cane ico gihe.
-
9 months ago
mapambazuko
Gloire
mzalkun • 288,921 views
rurenzangemero2
commented:
Ndi EMMANUEL Nkeshimana USA ibi bintu baririmvye nikuri kwigendera abantu bumva uru rurimi bumve.Hariho abantu bandikisha amzina yabo mu masengero gusa mugutanga ibigiracumi vyinshi kuririmba kwitanga mu kubaka insengero,ivyovyose nta nakimwe,sikitu
Hakikisha jina lako limeandikwa mbinguni.
Make ...
-
9 months ago
Rose Muhando - Nakaza Mwendo
I am focusing my race on getting to Heaven. There, I will entrust my life to the Lord and see His face. There will be no problems, no issues, no ...
mrfamakinwa • 301,370 views
rurenzangemero2
commented:
Ndi Emmanuel Nkeshimana USA ico gihe ndacibuka turi mu misi mikuru izi ndirimbo ahozabica bigahimbuka,mwibuke mwese turi hahandi ntiriwe ndavuga muri TZ hamwe hanyerera cane.Uyu murimvyi yaraduteramika cane nihagire uwumpririza.
-
9 months ago
wakati wakuomba
Sifa kwa Bwana
mzalkun • 259,232 views
rurenzangemero2
commented:
Ndi Emmanuel Nkeshimana USA iyi rero twarayikinda cane, ico gihe sinzocibagira.Mwibuke mwese abantu mwari muri TZ ,hahantu heza mugabo hanyerera cane hakaba hari ivu ritukura,izi zaraturemesha turi mumisi mikuru y'ubugeni.Mu vyibuke neza.
Vyote vitafanyika tukiomba,maombi gani?Hapana ya unafiki,...
-
9 months ago
Ikulu ya mbinguni
Afrique
Gregbeny • 74,842 views
rurenzangemero2
commented:
Ndi EmmanuelNkeshimana USA izi ndirimbo z'uyu mupfasoni ndazibuka nkiri muri TZ,tuzumva turi mu misi mikuru de mariage ,nca nibuka twicaye hamwe abantu benshi muri youth center twinywera twirira inyama zitetse neza n'umuceri eka n'umutsima. Nca nkumbura.
-
9 months ago
Burundi Drummers
Burundi drummers performing a traditional dance at Lackland AFB, San Antonio, TX
tommusic21 • 354 views
rurenzangemero2
commented:
Ndi EMMANUEL,Nkeshimana,USA.ntimuzosubire gutukisha Uburundi MWA BAHUNGU MWE MUSHAKA GUSEGA, MUSEGE NEZA.Wewe wabonye ingoma z'ikirundi zimeze uko?Abo bantu bidananika nibo batukisha igihugu.
-
9 months ago
abasenga
song from etoile du centre
sakubu785 • 28,846 views
rurenzangemero2
commented:
Ndi Emmanuel,NKESHIMANA,usa.Abapastori benshi ntibazi akazi kabo.Akazi kambere botegerejwe gukunda abantu,urukundo rutagira uburyarya.Hanyuma nibo bambere bari bakwiye guseruka mu ngorane zo mu muryango,aho mu ngo.None bica bija mu bashingantahe kandi kizira y'uko imanza z'abakristo zicibwa nab'i...
-
9 months ago
Bazorira Pacifique Fils Burundi
Burundi
Pacifique100 • 7,187 views
rurenzangemero2
commented:
Ndi Emmanuel ,Nkeshimana.Bahungu mwe ni mwirambire,uwuzobarwanya kubera ukuri kwanyu tuzohura.Ungereko kandi tubwire izo ntumva.
Oya aba DD murishe igihugu urabo na ico kijuju ivyo kiriko kiravuga,ikindi kijuju ni uwamuhaye iyo titre et sa fonction.Aba dd muri ibipfu,ibijuju.Kiranahaza ibizuru umengo n'umutwa.