Added: 3 years ago
From: bbxx2
Views: 42,943
Sort by time | Sort by thread (beta)

Link to this comment:

Share to:

All Comments (67)

Sign In or Sign Up now to post a comment!
  • Ironic - the army bayonetted him to death and then presided at his funeral...

  • abo bose bashira imbere amacakubiri, mwese murasara kandi muri ibijuju (tutsi et hutu ou twa). muragenda mwicane mwese muhonye SVP, hama abashaka kwubaka igihugu basigare barondera ingene batenza imbere uburundi. ntaco mumaze murashisha, hama mwebwe muvuga imana ngo izobaronderera justice, muransesema kubera mwiyumvira nabi ngo imana yanyu ifise misericorde mugabo mushaka ko yicana imare abantu. muri ibigugu, hama nushaka ko mwene wanyu apfa, biranezerwa cane ko na wewe wopfa wa mbwawe. merci.

  • iyo bamenya ko bazamwikorera kuriya akabahumira ntibari kumwica!!!!!

  • Ukamengo twese dufise gene imwe...nta numwe ari mwiza kandi nta numwe atari mubi....reka rero mureke kuguma muzura akaboze kuko ndi sur à 60% ko abantu basize commentaire bose ata numwe yari mu bateguye kwica NDADAYE canke kumara abatutsi inyuma yaho...nta numwe azi ukuri nimureke kubesha mwese..nous avons des restes de l'histoire..hama namwe mukaja ngaho mugatukana...hama ndasavye Imana muzoze murayireka kuko ahiri itegerezwa kuba ituraba ikarira kuko duteye ikigongwe...

  • hahahahahahahhahahahaha...ndas­hoboye kuba notwenga aya ma commentaires ni humour au second dergré...twoba turi mu myaka iyihe??ego nivyukuri NDADAYE yaragandaguwe kandi abamwishe bakwiye guhanwa muga ikibazo mfise ni kumenye yuko ingwano yatewe n'ingandagurwa ryiwe canke yabaye impavu yo kwimara agashavu....twese dufise ivyo twabwiwe,twabonye...ariko umwe wese afiseuko avyakira...jewe birantangaza iyo abantu bariko barigisha abandi ngo umuhutu ameze uku umu tutsi ameze uku

  • Education is the key!!! 80% cant read or write ....Wumva politique twoyumva gute !!! ubu amatora n'ubuzi ko ari ubwoko ntintara ...genocide 72,93( burundi), 94(rwanda)...la majorite yabarundi nabanyarwanda 95% catholics???? Amashure anashure amashure ...

  • Les Nilotiques sont une minorite dangereuse pour L'Afrique, ils sont tres malins et surtout sanguinaires.. mais la sagesse gagnera face aux malins... et que la paix et l'amour regnent en Afrique...

  • Birababaje! Abo bavuga ngo tureke amacakubiri ntabwo ari amacakubiri ukuri ni ngombwa kuvugwe kuje ahabona! Bamwe ntituzi nigihugu cacu twavukiye hanze turacari hanze! Imana izokwishurira abahutu bose bu Burundi

    kandi sukuvuga ko nanka abatutsi

  • @agnes2620

    n'ukuri ubu ntwese ko batwiciye jewe nanje nanje nje kurondera uwanyciye nanje nkore ico yakoze ariko ubu ukokuri uvuga kuzoherera hehe ko mbona ari inda gusa ubu ga mufasoni wombwira ko uzi neza aba tutsi nabo bishwe none wunva uriko uravuga ibiki jewe nunva abahutu barabishe QUI tu as raison!!!ariko abatutsi nabo BARAFUYE!!! NONE UKWIHORANA kuzogera he???

    ninba umwana wawe umwigisha ngo yice nawe ntaho mutaniye nuwiche NYAKUBAHWA NDADAYE sindakubesha

    sigaho ni mugeze aho!!!

  • Birababaje! Abo bavuga ngo amacakubiri tuyareke mais ukuri kuravugwa bamwe ntituzi igihugu cacu twavukiye hanzi turacari hanze. En tout cas Imana izoshira ukuri ahabona izokwishurira abahutu bose bu Burundi! Ntimucikwe umutima bahutu on va y arriver kandi sukuvuga ko nanka abatutsi

  • @agnes2620

    UKURI!!! tu ne sais meme rien!!!! hariho ukuri muri politique???detrompes- toi ma belle barabesha booooose kumurongo!!!ushima gukurikira ama ideologie yurwankano c'est ton choix mais je prefere l'harmonie entre toi et moi.

  • nguwuguheneye ntumuhenere kwita ...... ntaco ukuri kuzotinda kuja ahabona

  • nguwuguheneye ntumuhenere akwita ........ ntaco ukuri kuzoja ahabona abakoze ivyaha bose bahanwe

  • Do these people speak English?

  • Ntamwana n' ikinono. abishe Ndadaye, Ntaryamira sha bitebe bitebuke, tuzobafata tu. ivyo mwigishijwe ngo muruta abandi, tuzobira tu. mwigira ngo nimwe mwize, kandi ngo muzi ubwe eka ngo muzi kurasa gusumba abandi vyose twarabibonye kandi twarabahinyuye....aho bukera murafatwa tuuuu.

  • @PascalAkimana ...mutama inumire gusa, ukuri kuzoja ahabona! Abamwishe bose baracariho mugabo ubutungane ntiburagira ico bubivuzeko...itekerereze mwenewacu, tuzobafatisha ibiganza tu!

  • @PascalAkimana

    wewe ngira wanyoye amaraso arusha abari i buja uno musi iyunviriza ingene uvuga wunva bivuze umuntu afise umutwe ukwije neza ???? mbega umuntu akwivye imbirato wambara ukunda gose uca umwiba ibindi nawe ngo uramushoboye!si ndamuko compara na nyakwigira we yariyiyubashe nivyo uvuga siwe yabigutumye i m sure of that hee!!!urubahuka pe !! abantu bafise ubwenye nkubwawe nimba aribobatwaye igihugu dommage !! ntamahoro agiye kuboneka vuba ..bera abandi akarorerro keza gusa ibindi...

  • ivyakozwe, Ibikorwa vyose, bitebe bitebuke, kiramuntu ategerezwa kubazwa ivyo yakoze, duhereye kuriy' isi eka nimbere y' Imana. Jewe rero novuga kandi nkaremesha abishe Ngendandumwe, Ndadaye, Ntaryamira , eka n'abandi ba Ministres, abanyagihugu basanzwe, bitebe bitebuke, tuzobashira ahabona hanyuma muhanwe n'amategeko...intovyi hazogera igihe zivaho hanyuma haje bashaka gukorera igihugu. kila Mtu ata wucukuwa Mzigo wake mwenyewe. Ntamwana n'ikinono!

  • @PascalAkimana

    nawe we urimwo mubazobazwa ivyo wanditse nico wakoze kugira u hagarike ivya baye vyoooose!!!

    ntimukigire aberanda!!!

  • c vraiment malheureu d voire tous vous ecrivez la! Hutu,Tutsi m c koi sa !!!!!!!!!!!!!

    sa na okune importance tous sa ! limportance e d savoir kon e Burundais tous

  • Comment removed

  • igishavuje nuko abamwishe nibo bariko baramwikorera. Uburundi bwarahomvye. abarundi bose, bubwoko bose ndazi ko atanumwe yungutse kiretse abategetsi binda ndende. God bless the president.

  • Ego coolerfive uvugishije ukuri nk'ukurima!! Abamwishe bose barabaye abakirisu, bamwe baratunze, babaye ama millionaire de dollars, personne ne peut les arreter kuko justice ya hariya iwacu n'amahera usanzwe ubizi!!

  • c'était quel président?Avant Habyarimana?

  • Ce dernier etait un premier president democratiquement elu au Burundi...Il n'est pas rwandais!! Il a ete torturer et assassiner par des upronistes Tutsis!! Que dieu repose l'ame de Mon President!! R.I.P Ndadaye!!

  • imitwe yabarundi, iragwaye. amacakubiri nubwicane ntacoamaze.

  • L'eau a trop coulé sous le pont! Comme on était jeune pendant ce temps! On vieilli mais la situation s'empire! Malheur quand tu nous tiens!

  • nimureke guterana amajambo kuko twese turi bene mugabo umwe.ahubwo musenyere kumugozi umwe.twubake uburundi.

  • wewe sha uvuga nkumugabo kandi urumugore. hewe ivyovuga nivyo nayahandi hoho ayamambo ntaco azotumarira. gusa twokwikebuka tukareka gupfa ubwoko kuko twese turi bamwe.

  • Sivyoroshe gutwara, souvenez-vous du Roi David il avait des ennemis memme si l'Eternelle des Armées etait de son coté. Memme pour Nkurunziza Pierre il y a des gens qui auront toujours à redire, ariko ntakuntu twokomeza ibikorwa tukarondera ingene dutunga ingo zacu , tukaronderera kazoza abana, igihugu cacu tukacereka Imana mbere tugasengera amatora kugira tumeneye uwo twotora kuko Imana itabigiyemwo tuba turiko turasambura.

  • Susanne155 ivyo uvuga nivyo kandi vyari vyiza cane gose yuko imbere yuko umuntu atora akabaza akihweza neza yuko uwo agire atore ko harico yomarira uburundi. abansi bobo kwisi ntawutagira abansi, muga uburundi turarengeje gose. kandi sinzi yuko harico tuzokwunguka murubwo bwicanyi. muga rero vyose tudashobojwe n'Imana, mbona kwari ubusa. dukwiye gusenga Imana idufashe iduhe uburongozi bubereye kugirango igihugu kironke amahoro.

  • Jewe nitegereje ndasoma ndihweza neza ivyo bagenzanje banditse, bamwe nasanze arabanyabwenge abandi nabo nabuze niyobakuye ubwo bujuju. harageze aho dukura amaboko mumpuzu s'il vous plait kuko ntakuntu twomara hafi imyaka amajana namaja tutarava nahotuneye. NKENGOS vraiment arambabaje cane gose kwumva avumagura NDADAYE. Ndadaye yari umugabo kandi novuga ko yatwaye igihugu neza. Ayo macakubiri tudayahevye jewe ndabona kwatakimota kizovamwo. wanka wemera, ingo turokore uburundi. ubwo bujuju heba.

  • bbxx2, aho igihugu kiriko kiraja n'abagitwara uvy'ibazak'iki?

  • Mugisha01, imbere ya vyose jewe simvugira ubwoko, umugambwe canke agatumba...abagitwara n'abahutu, presentement mbona yuko abarundi tutararonka ico twipfuza, ntituraba satisfait en faite...nimba abakirongoye batabishoboye, ijambo niryatwebwe abanyagihugu, amatora aregereje ndibaza, umurundi aho uri hose tuzoyitabe, uburundi ingorane bufise turabe yuko zogabanuka canke zohera hanyuma abarundi mwese tugashira hamwe!! Si non, tuzokwama turyana, voila!!!

  • Yemwe bantu mwababaye gose mu mitima mwihangane, ntimuce urubanza ngo mubone bamwe nk'abicanyi. . Jewe nasomye izo commentaires ndatangara umutima uca ugomba gutuntura ariko nasenze kandi Imana irankundiye ndashoboye kwandika , ndemeshe abandi. Ni muze twandike ibiremesha gusa niho tuzoronka amahoro, ntidukorere isi ariko dukorere ijuru, ho hari la vie eternelle. Uwuzovyizera azoba amahoro kandi nta comentaires y'umuhutu, y'umututsi, y'umutwa izomukorako!! Amen

  • Je peux pas en dire plus. Mais ma seule question reste de savoir pourquoi ils(???) ont assassiné Le Président Ndadaye. Pourquoi les gouvernements qui ont suivi n'ont jamais voulu faire des éclaircissement sur la mort de Ndadaye. Tant qu'il y aura pas la vérité sur sa mort, il y aura jamais de réconciliation au Burundi

  • hahah nivyo ivyabaye vyarabaye mugabo ni mukanure abo ba cndd bazobamara naba f.n.l bose baje mugisoda bazobagira nko mu rwanda 1994 ,,bbxx2 ayo mazuru uyarekurire hiyo igihugu nica ba tutsi tuzotaha tugipfata,,,nta nkende yemerewe gutwara mumategeko ya reta birabujijwe.......duheze akazi micombero yariko arakora inkende zose ni musubire  iwanyu muri congo....T.A

  • Genda waranyegewepe!!!!!! Le problème nuko naweataho utaniye n'aba CNDD canke aba FNL je me demande si t'aurais pas vécu dans la kibila comme eux. Nta muntu yaragiye inka yovuga nkawe peut être ko waragiye imbwa. Bon courage mon frère!

  • What the fuck.Why are you in Sweden then, people like you are the reason why African countries never succed.I hope you get hit by a car in the road and have nobody to go to your funeral and get eaten by dogs on the street.

  • je suis très touché! Ces militaires ne devaient pas être là ils font semblant d'être tristes abarundi turigirisha. Repose toi bien mon cher Ndadaye. Uzodusabire .

  • barundi barundi kazi, ivyabaye vyarabaye. harageze ko abarundi bose iyo bava bakagera yaba abahutu, abatutsi n'abatwa, tumenya yuko ubwicanyi ataco buzotugezako. abohejwe ngo bice ubu nibishomeri. abagiye mwishamba barimumabarabara. Uburundi bukeneye inca bwenge nka Rwagasore na Ndadaye. ino musi uburundi bwuzuye abize bibijuju. morakoze. Kunda uburundi n'abarundi.

  • Ntubona umurundi w'ukuri !! sha Chakalackin1 ndemeye ivyo uvuze...mbwirira Tory2000 na Burundi1992 ivyo bijuju b'abatutsi bitazi iyo nija niyo biva...jewe sinanka abatutsi mugaba abo ndakubwiye ndabanka kubera ari amanyamacakubiri...bibaza ko abatutsi bazosubira gutwara igihugu, nibacire birarura, hari kera !! HAPFUYE YAKWIGENDERA NDADAYE NTIHAPFUYE BA NDADAYE, nzokwama ndabivuga gushika kupfa !!

  • Comment removed

  • what they did to him , we gon do that to all of those fucks . dont fuck with the tutsis man

  • Uri ikijuju ntuzi ivyo uriko uravuga, urutwa n'ayambwa itazi aho yituma !! Real talk

  • you are the reason why the country has never made it on the world stage in a dignified manner

  • sha nabututsi ngira jewe ndi umutwa wambere mtama ivyishure navyo jayo wewe ataco uzi wige jeho naryo nkeneye kuko nabisha nzosangayo, woba waraciye mwishure ukaba ukivuga ubuhutu nubututsi? nibabaho wa kujuju we, uzosanga uriko wica umuryango ngo nabahutu nawewe ngouri tutsi ,kandi mwese muri bamwe, kwishure nukwiga kubesha, woba warize ugakora ikizokwica? zirya nkoho ni mipanga vyakozwesivyo bibica, hari ubujuju burusha ubwo?iryo shure rero wishimiraza, ko wigiye ubunyumba kumi hari kindi?

  • Comment removed

  • Comment removed

  • Tous ceux qui ont tué mon president le regretera...Rest in Peace NDADAYE. Pourquoi ceux qui l'ont tué sont toujours en vie??? Hip Hop izotwishurira, my new song à la mémoire du President sortira Bientot !!

  • ako nagahimbo mtma, aho ni zo nkoko nayo ma jus artificielle aguhagije, abamwishe barako ze icaha, nka bandi bose bishe abamwishe ni bijuju co kimwe na bishe bose, ahubwo ja kwi church usabe nawe imana izokurinde kwica,ivyuko yari president wawe navyo sivyo, kandi niwamukunda iyaba waramukunda wari kuja kugaragaza umubababaro nawe bakakwicana nawe, nawe ukaja ku rest in peace weho nukeye peace none?agafuye kabazwa ivu, ja gusenga kubona ugihema ukaronka ni vyo ufungura

  • muhu ndakenda imbwa utari ikijuju pe...uti akapfuye kabazwa ivu?? wewe uri muri babandi bamugandaguye...NDADAYE STILL ALIVE nimba utari ubizi mutama !! Yadusigiye iragi ati HAZOPFA NDADAYE NTIHAZOPFA BA NDADAYE !!

  • ako nagahimbo, ko muri canada sha, aho wobona ingene bandandaye babaye,na ba buyoya, niwosubira kwandika mtama,na bandandaye barafuye nuko wewe wagize imana urasigara, ja kwi church, usenge uhuraho vyogufasha,

  • sha ivyuko noba ndi mubamugandaguye ga mtma, eka reka reka abatwa nitwica kirazira mtma aho namugandagura, nari ndamuzi canke wewe yaranzzi, abamugandaguye bari basumirinda nka we nyene mtma, na bicanyi nka we nyene, nuko bamwitanze gusa, ya ba abamwishe ,yaba ndandaye nyene, yaba batutsi, yaba abo bahutu wemera, na ba sous gabo basa, ubu twebwe batwa ni twe tugezweho mtma, ja kwi church

  • Hahaha noba nakagendeye umututsi y'ikijuju ndake...imbere ya vyose ja kw'ishure aho bigisha ikirundi kinonosoye...ntuzi no kucandika, nta murundi urimwo ndaguhevye...en tout cas ndibaza ko politique utayizi nico gituma uyivuga nabi...uriko undungika kw'i church ahubwo wewe jayo kuko jewe nsanzwe njayo mutama...Ndabikubwiye kandi nzokwama ndabisubiramwo: (HAPYUYE NDADAYE NTIHAPFUYE BA NDADAYE) UKURI KUZOTSINDA !! PEACE OUT

  • Ces gens la sont des criminels ils l ont tue et ils ont eux meme organise les funeralles.Quel hypocrisie??

  • mbe wewe utari umu hypocrite nube waraja kubigire. wewe mbona umengo uracafise ubuhutu nu bututsi mumutwe, nibikibaho mtma ni 2009, relax. nakinryohera nko kubona ndi umutwa, ntari ubwobwoko bubi bwicana buvukana,natwe ataco ababahutu baduhaye tukigaywa na bose turiho kandi turaryohewe .

  • cependant je ne pense pas que cette vidéo soit la meilleur où l'ont puisse laisser des commentaires comportant des propos insultants par respect pour la mémoire de Feu Son Excellence Monsieur le Président Melchior NDADAYE...

  • je regarde ces images et j'ai de plus en plus mal. j'aimerais marché sur les pas de ce Président qui n'a pas eu le temps de faire ses preuves. cette vidéo montre la douleur de toute une famille, de toute un parti et je ne sais pas si je puis le dire, d'un peuple. ceux qui l'ont tué sont connus, les livres d'Histoire sont fait pour. nimureke guharira et ceux qui ne savent pas, qu'ils se documentent.

  • You Biraryose, u're a poor racist, shame on you

  • a poor racist?in what is he rcist,he is just saying the truth and i know it hurts , abatutsi baramwishe et puis c'est tout vous voulez quoi d'autre?En plus de cela ils l'ont découpé en MORCEAUX?? Je savais bien qu'ils n'iraient pas de main morte...ATROCE TT SIMPLEMENT

    RIP NDADAYE

  • J'ai dit qu'il est raciste parce que il a dit que"umu tutsi wese ahari amenye ko akwiye kwicara agatwarwa ntimuzosubira utwara na rimwe", si umu raciste gusa ahubwo nta bwenge afite kuko niba Ndadaye yarapfuye igisubizo si ukuvuga ariya magambo!

  • Mbega wewe kumenga uri umunyarwanda ivyo uriko uritamwo n'ibiki? Va t'occuper des affaires intérieures de ton pays seulement. Et puis one thing , VOTRE HISTOIRE RESSEMBLE PEUT -être à la notre MAIS elle est de loin LA MEME,au BURUNDI ABAHUTU ONT TROP SOUFFERT,they really suffered, TUTSIS KILLED HUTUS nyimba ushaka...So please n'essaye pas de faire un copier-coller de ton histoire à la notre

  • @kiradodora Ego Kiradodora, mbwirira abo bantu bose bita muvyo batazi canke abagwanya abahutu bumve...NI MUHAGARARE BWUMA..ako kajambo umuhisi yasize akaturaze!! HAPYUYE NDADAYE, NTIHAPFUYE BA NDADAYE!! abatutsi sindabanka, nimwemere akabi murakuze, ivyo mwakoze murabizi...ukuri kuzotsinda!!

  • Umva rero Girukwishaka ndakubwi,Ba ureka kudabwa

    hariho abababaye .Ahubwo utegerezwa kuba uri umwe mubamugandaguye .

  • Niwiryamir'amahoro abawe twese turacakurikiza irsgi ryawe .

    Imana ikwakire mubwami bwayo

  • Hey, don't say that. Ivyabaye vyarabaye kandi il ya pas ivyabona ko yishwe nabatutsi. Puis uburundi nubwabose. Abatwa abahutu n'abatutsi twese turi abarundi ubwo rero twibagire kahise twubake uburundi bushasha. Ntawutwara arumwe, hananiwe umwe araheza agaha uwundi.

  • we all make mistake, harageze ko abarundi tumenya ko uburundi bushobora gutwagwa n'umurundi ari we wese ufise imigambi myiza. abarundi turibinebwe, hako tukora, twese dushaka kuba abategetsi. Iyo ngendo ikwiye guhinda, avyiyumviro vyo muri moyen age harageze ko tubihanagura. tugatangurira munzira y'amajambere. Murakoze

  • sha wewe ndagushigikiyye kabisa, niwiryohereregwe wangu,wewe urazi kweli ko turi muri 2009.

  • sha wewe uri uwugezwe ho nukuri ndagushigikiye, kwanza abahutu na batutsi nibabaho wangu,abarundi nibo babaho.jewe kubona ndi umutwa, ndaryohegwa ndi numurundi.

  • Our beloved president Rest in peace.

    twagutoranye umutima umwe none raba barakudutwaye,amaraso yawe azotubere incungu gusumba uko biri uyu munsi.abamwishe barakijijwe ariko jewe sindakizwa.bivuga yuko nzobarondera mpaka nkabaronka.Ndadaye wacu.Bikomagu...sa uzoire imana,abo ba nl na ba dd ubuegetsi bwabo ninwaera tuzoca dutora frodebu yacu anyuma tubaire urubanza bose hamwe.umu tutsi wese ahari amenye ko akwiye kwicara agatwarwa ntimuzosubira utwara na rimwe..Abatutsi turabonanye!!!

Loading...
Alert icon
0 / 00Unsaved Playlist Return to active list
    1. Your queue is empty. Add videos to your queue using this button:
      or sign in to load a different list.
    Loading...Loading...Saving...
    • Clear all videos from this list
    • Learn more