ubu rero bageze muri vyabindi ngo si jewe ni ntuzeya ngo twarahenzwe ngo jewe nari executant nobody ever takes responsability for his acts mu burundi iyo hageze kwishura bose baca baba aba mineur canke aba kehabwenge bahenzwe nk uko bivugira...wow this is just great...on n est pas sorti de l'auberge!!!
Après Pasteur-président NKURUNZIZA, qui d'autre Dieu nous enverra? Espérons pas un diable ou un monstre. mais tout est possible ewe burundi waragowe!!!!
ico kibwa,nghaho ariko avuga iki???
kajekury 1 year ago
ubu rero bageze muri vyabindi ngo si jewe ni ntuzeya ngo twarahenzwe ngo jewe nari executant nobody ever takes responsability for his acts mu burundi iyo hageze kwishura bose baca baba aba mineur canke aba kehabwenge bahenzwe nk uko bivugira...wow this is just great...on n est pas sorti de l'auberge!!!
eweyemwe 2 years ago
This has been flagged as spam show
iyo urebye ibikorwa vya Perezida Nkurunziza asa nicihebe ,aripfuza caaane uwomwica !!!urwo Ndadaye yapfuye nibaza ko nawe yarubwiwe .......Barya basirikira ari gucanishamwo bazomwereka ayo imbwa yaboneye kumugezi,Alice Nzomukunda Baravye nabi ejo niwe azoba aramutswa igihugu kuko niwe muntu présidentiable tubona gushitsa kuruyu munuta ,natagira akaboko karekare ,akunda abanyagihugu ,nigihugu!!!!!!
MweziGisabo 4 years ago
Après Pasteur-président NKURUNZIZA, qui d'autre Dieu nous enverra? Espérons pas un diable ou un monstre. mais tout est possible ewe burundi waragowe!!!!
glugluglagla 4 years ago