Emmanuel Nkeshimana usa,mwaririmvye indirimbo itera agahinda kandi namwe murabizi cane ariko ni mubandanye muzoshika.Mwarakoze kurira, umuntu atarira nta mutima aba afise,aho n'uko mufise umutima.Ego ico ni ikimenyetso kiranga umukristo nyakuri ubabarire uwakugiriye nabi.
None nibangahe bagira gutyo?Benshi bavuga ngo umukristo nyakuri ni uwutanga amashikanwa,ibigiracumi bishitse,oya si uko ,ni urukundo
rurenzangemero2 9 months ago
Imana ibahezagire cane
cniyonzima 1 year ago
Yeah Mbonyingabo ninde warogoya imigmbi yawe nayo ndayemera kuo ijya infasha murugendo
mururngi 2 years ago
God bless you so much, Please I beg you post also ' Ninde warogoya imigambi yawe'
Thanks
mbonyingabo 2 years ago
I'm obsessed with this lovely and meaningful song. God bless all of u