Added: 3 years ago
From: runyonga
Views: 17,140
Sort by time | Sort by thread (beta)

Link to this comment:

Share to:

All Comments (13)

Sign In or Sign Up now to post a comment!
  • Hanyuma kuvyerekeye kucubaka, ntamuntu yigeze yubaka kubinyoma, kugukumirana no kububegito ngo rugume. Ukaba uri mububatsi, asha igihugu ico mbona kiragowe. Ico nzi nuko kigeze habi. Ahantu abapolisi batagishobora kubuza abantu kugira ibitaja ntibize mwibarabara, Ahantu indege mwijoro zisigaye zisubira inyuma kubera abo kukibuga cindege badashobora kubuza yuko amatara yokuri piste acika hageze ko zishika, ahantu umuntu ashobora kudandaza indege yigihugu akaba adahanwa, .... reka reka

  • Ntuhirahire ngo wihende nanje ndumurundi aho uvuga ngo beneco. Igihugu narakivukiyemwo nkurira mumuryango atamunyamahanga arimwo. Kandi sinzogiheba hiyo ni imuhira! Hanyuma ivyo unyagiriza urafise ikimenyetso? Urafise icabona? Nivye nde? nivye angahe? Nico kintu nankira abantu nkawe. Mupfa kwiyadukiza nibinyoma. D'ailleurs ivyo vyose uvuga nibinyoma: gusahura, gukumira, kubesha. nico uzi conyene. Imana nayo ndayishimira nyene. Kuba yarampaye nkaba ntavukiye mubabeshi nka wewe.

  • mbega ces chiens de fdd bagwanye plus de dix ans sans occuper m pas 1 cm du territoitre nationale!!!

  • bose n'inshenzi

  • umushenzi niwewe uphuye wanga nkimbwa y,insazi:(

  • mbe basha peter ahora araba aya ma image

  • vu la merde qu'ils ont futu l'unité c pas pour aujourd'hui je pense!!!lol

  • igihugu si agatobero nk'aga*** ka nyira *** ces mecs prennent un pays pour une partie de Biryogo ... Bordel de merde, prenez l'exemple sur Kigali, virez les incompétents illico hanyuma mwubake ce beau pays! Akumiro ni amavunja, en plus muturusha plage bwana???!!! Et si vous voulez apprendre aho Madame La Haine yatugejeje, karibu tena, venez nous voir, on vous fera visiter. Soyez meilleurs que nous, arrêtez le bruit et relevez votre joli Burundi!! Amahoro ...

  • Il a fait ses preuves le CNDD-FDD! Atari gusahura nokwica abanyagihugu ntakindi wakoze.

    Quant a ses dirigeants....................­....

    Il n'y a rien a dire

  • fa wangara uhore. imyaka mwamaze mugitwara mwakimariye iki atari uguhonya imryango nogusahura ubutunzi bwigihugu. Ariko ubu urajee

    geye nkimbwa irimukwezi.(

  • @suleiman760704 Nukazibe we nyene! Igihe abandi batwara twari dufise igihugu cifashe. Ibintu ntivyari bipararnganye nkubu.

  • @FlorentNduwayo eka kazibe nyene ureke imbeho ibanze ikujegereze murubwo burusiya. Nayo ivyo uvuga vyigihugu cari cifashe mugifise ubutegetsi. cari cifashe mbere mutarakijamwo. reka beneco basubire bacubake. Wewe urashimira imana koyaguye ukaba wari ufise akaryo kogusahura ubutunzi bwacu ukaronka itike igushikana hiyo uri.

  • merci pour la video mr runyonga, ca me rappelle le passe, toutefois je tiens a conseiller aux dirrigents du parti de faire tout ce qui est possible enfin que notre parti puisse retrouver son unite.

Loading...
Alert icon
0 / 00Unsaved Playlist Return to active list
    1. Your queue is empty. Add videos to your queue using this button:
      or sign in to load a different list.
    Loading...Loading...Saving...
    • Clear all videos from this list
    • Learn more