basha ngo yarakoze neeeza caane muri documentation ngo gushika n aho bishimwa je n ose pas imaginer ako kazi yakoze neeeeeza ak ariko eka ntabahutu nta batutsi muburundi i burundi uw ufise ubutegetsi akora ay agomvye les memes conneries ova and ova gushika turonke kelk un d integre ...(le miracle attendu)...we re pathetic
Après Pasteur-président NKURUNZIZA , qui d'autre Dieu nous enverra? Espérons pas un diable ou un monstre. mais tout est possible ewe burundi waragowe!!!!

eweyemwe 2 years ago
Nubivuge nabado 2010 itaragera, aba boyi bose bazohinyuka. Ntushobora kuba udafise ishure hama ushake gutwara abanyabwenge
rukemangingo 2 years ago
Ariko un connard nk'uyu ni nde amwumviriza apres tous les burundais qu'il a tortures et tues?
Ubu c'est son tour de souffrir et il demande notre sympathie?
Abahutu twarabizeye turabatora none muratwambitse ibara basha!!
courtesy06 3 years ago
Umubeshi araho!
rainwell56 4 years ago
iyo urebye ibikorwa vya Perezida Nkurunziza asa nicihebe ,aripfuza caaane uwomwica !!!urwo Ndadaye yapfuye nibaza ko nawe yarubwiwe .......Barya basirikira ari gucanishamwo bazomwereka ayo imbwa yaboneye kumugezi,Alice Nzomukunda Baravye nabi ejo niwe azoba aramutswa igihugu kuko niwe muntu présidentiable tubona gushitsa kuruyu munuta ,natagira akaboko karekare ,akunda abanyagihugu ,nigihugu!!!!!!
MweziGisabo 4 years ago
merci pour ces videos, nous cmmencons a voir claire sur ce qui se passe maintenant dans notre pays, rendez vous 2010.
RUKONGA 4 years ago
Après Pasteur-président NKURUNZIZA , qui d'autre Dieu nous enverra? Espérons pas un diable ou un monstre. mais tout est possible ewe burundi waragowe!!!!
glugluglagla 4 years ago
Abahutu bari batovye i gihugu ,urupfu rurihuta iyo na Micombero adapfa yosubiye gutwara nawe nyene agakomeza agatoba nkuko abandi bari kubigenza!!!!!
musazi2 4 years ago