Added: 4 years ago
From: ntiruva7
Views: 140,950
Sort by time | Sort by thread (beta)

Link to this comment:

Share to:

All Comments (88)

Sign In or Sign Up now to post a comment!
  • Yea dis is the shit

  • so true man dats what happened in alot of marriges

  • i will always love you my matata. nabana banje atakirundi canke ataburundi barabona, baragukunda cane. you rock still.

  • wow wonderful

  • R.I.P

  • Ndi EMMANUEL Neshimana USA iyi ndirimbo yarabiciye birahimbuka muri co gihe.Indirimbo ziwe harimwo inyigisho nziza cane,Lolilo yofatirako akarorero.

  • Ndi Emmanuel,Nkeshimana,USA.Ivyo uvuga aho ntakinyoma kirimwo,ivyo vyama vyabaye.Nama nabihanuye abantu ariko ntibumva.Urakoze bwana christophe kunyunganira.

  • R.I.P !!

  • Rest in Perfect Peace Beloved Chris. For Iver in I Heart!!

    ~Reggae Strong~

  • Christophe Matata, Abatutsi n'abahutu babuze umuntu w'umugabo kandi w'intwali werekanye ko byose bishoboka, wabanye na bose Immana ishoboa byose iguhe iruhuko lidashira. Rwose wakoze akazi kenshi kandi keza wabaye mwalimu ndetse n'umuhanuzi.

    Immana ikwakire mu bwami bwayo.

    J

  • R.I.P Matata

  • repose toi en paix, on se souviendra toujours de toi

  • Imana ikwakire mu bwami bwayo

  • Rest in peace..!

  • R.I.P BROTHER. SINZOKWIBAGIRA

  • impanuro zawe ntawuzozibagira

  • we learnt a lot from your songs, we shall not forget u

  • Matata, que ton ame repose en paix,

  • RIP.WE LOVE U

  • shocking news... my prayers to your family, rest in peace dear friend

  • rez in peace brotha! we will always remember ur good job!

  • tu resteras à jamais graver dans les annales !

  • rest in peace brother!!!!

  • Rest in Peace JC Matata... we all gonna miss you!

  • True beauty from our heritage! Love the song, it gets me all the time!

  • Beauty-Full moving music Iverytime. Jah Blessings Chris.

    More Love, Life and Strength.

    ~Reggae Strong~

  • i love your songs i used to listen to your songs when i was teenager here i am today i am 38 years old i still listen to them i rimember when i was in middle school a Mugera which is a village of Gitega he had a concert at ENF Gitega and i was there sitting at front seat because i wanted to seehim this cross and started to sing he came where i was sitting took my hand and brought me on stage and start to dance with me and at the end of the song he gave me a big hugs and kiss i was so happy

  • That is the true conscience who sung, once a lot of junk state to disturb the conscience everything change. Hey did you recognize how this gentlement was a really feministe. why? ask him probably the psychanalyses will tell him that it's true projection of the subconscience get from the most expensive of him and who is that? Don't know but probably Mam...Don't like the patriarchal society who make people to ignore the power of the really source of life women. By the way i am a man with one wife

  • he is my guy....chris matt..

    

  • good music one can't believe it's been almost 20 years! thank you Matata for a wonderful song and thank u too ntiruva7 for the upload

  • Jw nitwa Patrick nshimirimana vivant actuellement en Italie, numvirije iyi ndirimbo, nca nibuka igihe twahora tuyumviriza dans les années 80 abahutu n'abatutsi turi kumwe, Chris matata, ndamukunda nkabandi baririrmvyi babarundi baho hambere comme canco amisi, nick dave, Kirundo gerard, evode eka n'abandi, ubu muburundi ntaba artiste tugifise kuko ugiye kwumviriza leurs chansons, il'n ya pas de fonds huzuyemwo gusa imidiho produits par des supports informatiques. Bravo christophe mat

  • @MagicoInganno abataliano mugezanije he? numba ngo ntiberekwa umu negre na cane cane lega nord. T'es raison, y a plus des artistes du trempe de matata, canco...I still believe that that there is room for improvement. je pense pas que l'inspiration a quite le territoire rundi, o peux touour mieux faire si on le veux

  • Amsterdam we love you Matata ahubwo sohora indi miziki nyartsa!

  • Any1 with the Amaso Akunda song?

  • Sorry I cant help you but I too love this song too and have been looking for it. I used to listen to it in Kampala years ago.

  • The song of my time.I listened to it over and over.

    I love you Matata.

  • Matata n'umurundi yakunda kuvuga ikirundi kivanze n'ikinyarwanda nkuko vyari biharawe i Burundi muri 80s na 90s imbere y'ihonyabwoko...rero ubwishime buri muri mwebwe bwari bukwiye kuhava mwihweje ukugene twacitse ibivange:... abarundi n'abanyarwanda, abahutu n'abatutsi.

  • Arrêtez d'évoquer tous les histoires de hutu, tutsi. Quand vraiment arrêterez-vous enfin ces choses?????

  • @fnsengi c plutot toi qui a un problème, il n'a rien dit de mal!!

  • wow, im now 25 years old and i remember these songs when i was in my poverty-striken colline RUSHA , COMMUNE BUKEYE , MURAMVYA PROVINCE , we used to listen these songs using a small radio in countryside but now we watch them on YOUTUBE !!!!! LONG LIVE BURUNDI ,GOD BLESS BURUNDIANS ALL OVER THE WORLD , I LOVE U SO MUCH ! MAY GOD OPEN FLOODS OF BLESSINGS TO ALL BURUNDIANS ! INGORANE TURIMWO ZIZOHERA ,KWA UWEZO WA JAH ,INSHALLAH ! Paul , mu mahanga ahangayikisha , CHENGDU, CHINA !

  • Abantu barara kubiri bakarota kumwe.Matata yaradukomye ishwashwa, aratwigisha, aradukebura, eratwibutsa,.........

  • Nanje ndazi irusha ...kwa ba Ntawe, na Sibomana. Nanje mvuka mu kibogoye , hariya ku mazi ! now live in canada !

    Izi ndirimbo ni za mbere

  • Is any one knows how to get a DVD of matata's song

  • I am so proud of my brother! He's so talented!

  • @hassali79

    matata ndagukunda cane urimba neza baSI

  • Mbega Matata yoba afise umugore n'abana?

  • I have always loved his music. Is there any way I can get his Cds? If any body knows please let me know . Thanks.

  • afite voice nziza

  • bk213ROLLIN,ivyo kiradodora yavuze nivyo n'umurundi,ntaco wibaza ko abanyarwanda aribo bazi kuririmba gusa,ba wemera ko hatari abanyarwanda gusa kuri iyisi.Abanyarwanda mukunda gusa ivyanyu.Matata n'umurundi, yabaye irwanda kenshi,urasha umubaze,aho sha matata ntibikwibutsa fribourg igihe waza.Nararyohewe sana ko nayiririmbanye nawe,nabaye umu star nanje hahahaaaaaaa

  • hehehehahahahhihihi

  • Yes i know that he is burundian too and he sing very good why he dont sing ?

  • eeehhh "

    BK213ROLLIN " ninde yakubwiye ko Christophe ari umunyarwanda ..hariya wunvise wunva aririmba ikinyarwanda ca vrai...? christophe ni umurundi ariko kenshi yabaye m'urwanda...so pliz et ntumwire ko atarivyo , turabana ngaha muri belgium..

  • Ego vraiment kabisa c du bon souveniiir...a bien ecouter j remarké k c paroles etaient original...luuuuuv Bdi ..;)!!

  • Ubu ririmbo bwa kwera bwara tesa, ntawo shira za africa nova,canke za canco yoba akoze!!

  • He is the best singe I ever know

  • oohyeeah indero ndundi

  • Anybody that can get me amaaso akunda? Just love the song...........

  • i love this soon

  • Ariho umuntu ashobora gushira izindi indirimbo ziwe ngaha, canecane iza kera? Ntoryohegwa cane!

  • nkunda indirimbo za matata cane.

  • nkunda indirimbo zose za matata.imana iguhezagire aho uri hose

  • MATATA ni UMURUNDI WA VRAI mais yabaye mu rwanda ........ariko se wunva ico kirimi avuga ari ikinyarwanda????? NI IKIRUNDI

  • reka kubesha abarundi wana..chris ni munyarwanda wa vrais..

  • wewe ntuzi gutandukanya ikirundi n'ikinyarwanda

  • @BK213ROLLIN

    ico wita umunyarwanda wa vrai nukuvuga,mwe banyarwanda ni kubera iki mukunda ivyanyu gusa,nkaba islam bibaza ko arivyo vyiza?

  • @kiradodora

    nibyo! ariko agya anaririmba mu kinyaRWAnda kubera ko il a tellement vécu au RWAnda / he has lived in RWAnda a long time

  • Mbega n'umurundi canke umunyarwanda???

  • nimunyarwanda to da core...

  • @BK213ROLLIN oyaaaa ni Umurundi 100% ariko yabaye mu RWAnda , ntiwumva ko ashaka guha abana be "indero ndundi" meaning the Burundian education mbese!

  • Do you know where in Montreal he will be? I live in Toronto and was planning on going to Montreal that weekend.

  • Good! hari kela Chef Ivi mwanamuke naye alisha kuyuwa maisha sha surtout tukifika la ou on peut appeler la police RighT ?

  • Wow. Chris it's be such a long time. Je viens juste d'essayer de voir si je pouvais te voir sur youtube and what a grear surprise. Next time you come to Canada, come to Toronto too. Miss u. Pep

  • he is goin to be in montreal on the 28th on june!.

  • iyi ndirimbo ni nziza cane, iranyibukije uburundi kweri.komera aho uri mwana wa mama.

    ariko ngo baragowe cane bene wacu twasize hariya...Imana ikurinde.

  • Oh shyt i remember this song way back in the good old days in Samedi Detante!! This is some real shyt

  • yeuh MATATA CHRISTOPHE,i remember when he was in canada, dammn it was fun.Mukeneye indirimbo ziwe,ndazifise nyinshi,twarabonanye muri concert yagize i ottawa,afise ubu indirimbo nshansha gusa.Yeuh MATATA, take care bro. West from o-town.

  • ndungikira na nkeyi murizo

    nazipendaga sana.

    john in turkey.

  • Ukora iki muri Turkey ga John? Har'abandi barundi bariyo?

  • waw JC toujours MA-TA-TA!

  • Souvenir souvenir yes

    Iyindirimbo niziza chane ifise amajambo atomoye Matata Urihehe ko atandirimbo zawe tukibona Uwashize iyindirimbo ngaha Thank you wagizeneza

    From USA

  • He is handsome

  • he sings without matata.Izindi zirihe?

  • wow

    chris still rocks

  • please post more of Christophe matata's songs or music videos. he the best of the best.

  • iyo bavuze yuko abarundi bateye imbere ..none ubu ntimuvyemeye?

  • Is any one who has Kwababiraye From Christophe Matata?

  • The Best song ever. Please post more song of Christophe Matata.He is #1

Loading...
Alert icon
0 / 00Unsaved Playlist Return to active list
    1. Your queue is empty. Add videos to your queue using this button:
      or sign in to load a different list.
    Loading...Loading...Saving...
    • Clear all videos from this list
    • Learn more