This is the Best song around in our music and well retouched. Umudiho uryoshe nkamajambo y'iyi ndirimbo. Vyari kuryoha even more iyo Kidumu akabamwo, but still well done Big Fizzo!!
@kanywababo why can't you shut ur fuckin mouth up.
I think you know nothing about him so that's none of your business I think you shall learn how to mind your own business dooo! my dog you have no right to judge him
@kanywababo mais putain il faut pas abuser les gards!!!!iyi ni youtube SVP;tu te rends compte y'abantu qui visitent youtube??comment tu peux attaquer quelqu'un comme ça en public witwaje anonymat y'iyi username yawe!mbe urazi ko gucafuza umuntu bihanwa n'amategeko!!moi je me charge yo kugutora kuko biroroshe cane via iyi username yawe je peux savoir facilement ton IP,donc soit prêt d'assumer les conséquences!mais bon nibaza ko uri docteur yayipimye!!shit..c la honte koi!!
@mmuuccoo13 nibiki ariko arasigura!asigurira nde?qui lui a démandé des explications?je me demande ukuntu yaje kwumva iyi ndirimbo aha kuri youtube ntazindi n'abo akunda yo kwumva maze iyi akayiduhebera nous les fans ba Fizzo!franchement vous poussez loin...!!maze bientôt azosubiramwo n'iza canjo zije à la mode maze uwimena yisature!urumva...murantunga birambabaza iyo mbona abantu nkamwe n'ukuntu le type bosse dûr pour servir des gens badashima coe vous,mais bon muri bake heuresement!
@mmuuccoo13 tu te permets yukunyita ikijuju!bien enfin tu te permets tout!bamwe ubita ibisuma,abandi ibijuju,...damain je peux m'attendre au pire!vuga ivyo ukuneye vyose ntawubuza izuba kwaka point et trait.gusa vous me faites quand même chier quand vous contournez le travail de quelqu'un et essayez de le rendre nul heuresement naho mutabishoye.
@mmuuccoo13 hahahahaha urantwengeje basi!niko kuzigurisha uvuga!grand frère reka tubigezaha vyoba vyiza.merci kukiyago je te rappelle ko kudahuza ivyiyumviro ari ibintu biri normal sauf que la vérité est unique!!peace&love.
@mmuuccoo13 ntakamaro ko kuguma duterana amajambo sur ce sujet.ehe urasubiye ivyo ndiko ndakwihaniza!!..."kwiba" ntiwumva ko c'est un peu trop!wamufatanye iki ga ntu!urazi ko ushobora kuba i USA ukandika ku rukundo ndi i Burundi tukandika ibishusha?urafise ivyo umusaba?aririmbira wewe?tuzi indirimbo nyinshi yanditse nawe numva uzi ibindi kandi hagarika gusamaza abantu.
urabesha fianlement uvugaz ivyo utazi, les droits d'auteur n'ont à voir avec les remix. lapropriété intellectuelle n'ikintu respectable partout au monde,ceux qui font des remix ailleurs doivent demander autorisation aux auteurs originaux ou leurs ayant droit, rero ndumva neza ko uvuga ivyo utazi sinon , ce que font les "sorciers " musiciens burundais c'est du vol seulement. je regrette
@MrKibungo dsl Monsieur mais tu n'as pas le droit de les appeler sorciers musiciens!!!bagucumuyeh'iki kugira ubite des sorciers?ntamajambo menshi nanditse ntitwoterana amajambo kuko iyi ni lieu publique iri visité par bcp de gens,...tu comprends bien pourquoi je n v pas entrer ds les détails de cette discussion.gusa aba contre succès ntimubuze ariko ntawubuza izuba kwaka tu le s petetr plus que moi!
Mister Farias, wosobiramwo indirimbo nibaza ko yitwa " wa gisiga uguruka wewe uzi ibisaka n´ibisagara "? umusic usubiyemwo uza uruta wa original sans blague.Thanks u 4 your musics!!!
katika waimbaji wote wa Burundi wewendio wakwanza ndugu......mimi nimetulia hapa marekani itakuwa vizuri ukitowa nyimbo zingine ndugu..you are the best singer my friend
hhaha... mbe wew ubahehe utazi indirimbo ziwe!!!!???? just kiddin!! ok, afise indirimbo nyinshi yanditse.....better look for his CD's , think u'll fall in luv with his songz!!!!
Kwandika iba problem gute uzi kuririmba ? La majorite des grands musiciens, baririmba izo bandikiwe.Bref, pour dire ko umuntu wese akeneye aho ahera !!
ikirundi canyu kirarwaye sinobashavurira. navuze ko nziza atarizoyanditse. izisigaye nazo akaba ariwe azandika je les trouve moins bien par rapport yizasubiramwo akaburungu nagakwego.
what's wrong wit u guy??? i think u better leave him alone nkuko yavyivugiye...cant u see that this guy doin his best. yemwe bantu mwe, mwabaye mutese!!!!!!???
mabaye mute se niryojambo ryiza. ntamuntu yovuga ko fizzo atazi kuririmba muga kuvuga ko kwandika yokwandikirwa simbona amkosa ahari. bill gate ntiyari kwishoza ku monta microsoft. kubera iki abarundi twanka gufashanya naho abarivyo bidukomeza gusamvya???
c'est du plagia ca, ubu faliaz ariko aradanza indirimbo yabandi, or l'auteur ne gagnbe rien, ca c'est inacceptable, là ou il ya le droit, il serait déjà arrete. malheureusement au B urndi on ne veut pas proteger les droits d'auteur. j'imagine mal ingene umuntu yo plagia indirimbo ici en europe ingene vyogenda. harageze ko agateka ka aba artiste kubahirizwa mu Burundi
This is the Best song around in our music and well retouched. Umudiho uryoshe nkamajambo y'iyi ndirimbo. Vyari kuryoha even more iyo Kidumu akabamwo, but still well done Big Fizzo!!
newlifechoir1 3 months ago
Best Burundi local songs for sure, back in times when life and love were primordial’s
Ariko sha, mwazaduhaye u Burundi tukabwiyubakyira!!!!!!!!
Love from Rwanda
kirundo1 3 months ago
nice song..like it bandanya sha fizooo
plailly1 5 months ago
Tres bonne chanson et belle melodie. Bintera gukumbura i Burundi iwacu. Abarundi mukomere!
IN2025 1 year ago
Keep it hot,Burundi rocks for sure,we are proud to be.........
ijpish 1 year ago
thumbss upppp
MegaCadette 1 year ago
oya Droit voisin iraha uburenganzira aba musiciens bayivugije muri studio n'abaririmvyi batereyemwo agahogo kabo. Ivyo vyose biharugwa
mumahera iyo isoko ibonetse. Ariko ntitwibagire ko abaririmvyi kandi nabo iryo soko ataribo barisinya risinywa nabo bita
aba producteur mbere batwara ibice birenga 80 kw'ijana ry'amahera y'indirimbo urunva amahera rero aheza
jeremiemusics 1 year ago
@jeremiemusics merci Jeremie pour ces precisions
nGinOII 1 year ago
@jeremiemusics none wosigura gute ko izindirimbo azivuza muma concert yiwe kandi aba yarihishije kumuryango???
mmuuccoo13 1 year ago
@mmuuccoo13
Muri concert, tu peux chanter indirimbo zose ushatse. Mais ntushobora kuzishira muri album.
en plus, si tu commercialises Album ya concert, niho uca utanga les droits d'auteurs.
Donc rero, Fariaz peut reprendre des chansons mais pas les vendre.
quebecgunner 9 months ago
This has been flagged as spam show
@jeremiemusics none wosigura gute ko izindirimbo azivuza muma concert yiwe kandi aba yarihishije kumuryango???
mmuuccoo13 1 year ago
Comment removed
jeremiemusics 1 year ago
na fizo canke uwundi wese afise iyo mpano yo gusubiramwo indirimbo... oya Droit voisin iraha uburenganzira aba musiciens bayivugije muri studio n'abaririmvyi batereyemwo agahogo kabo. Ivyo vyose biharugwa mumahera iyo isoko ibonetse. Ariko ntitwibagire ko abaririmvyi kandi nabo iryo soko ataribo barisinya risinywa
jeremiemusics 1 year ago
@jeremiemusics biratomoye. urakoze
mmuuccoo13 1 year ago
Indirimbo Fizo yasubiyemwo ntamasoko ziraronka kugeza ubu, ico no mwifuriza nuko yosubiramwo nyinshi kugirango hamwe imana icanye amasoko akaboneka ashobore gufasha imiryango myinshi y'abahinga babacuraranzi babarundi bapfuye abandi bariko barapfa ataco bakuye mundirimbo zabo. Hama abafise uburenganzira kuriyo ndirimbo si uwayanditse gusa na fizo canke uwundi wese afise iyo mpano yo gusubiramwo indirimbo.
jeremiemusics 1 year ago
Ntanahamwe rero kw'isi mwene indirimbo yanka ko indirimbo isubigwamwo kuko iyo ndirimbo iba igize amasigise... Kandi ntashobora kwanka ko igurishwa kuko aba aronse amahera... Kenshi uwayisubiyemwo niwe atwara n'amahera menshi kuko ariwe yatumye ironka isoko.
jeremiemusics 1 year ago
igihe umuntu asubiyemwo indirimbo y'umuntu hose kw'isi twe dutunzwe n'uyu mwuga ntanahamwe usaba uruhusha mwene yo gushika igihe iyo ndirimbo ironkeye isoko. Murico gihe rero isoko ibonetse urunva ko aba ari inyungu kuwayanditse n'ukuwayisubiyemwo.
jeremiemusics 1 year ago
Fizzo when are you comming 2 Atlanta GA united states
lotta people gonna be there man.
siwema1 1 year ago
farias kuberiki utaririmba ivyerekeye sida kandi na wewe uri muribo.
kanywababo 1 year ago
@kanywababo igihe yagiye kwipimisha mwari kumwe...?Please stop talkin shittt about him. Aririmba ivyo ashaka
mynobj 1 year ago
@kanywababo niwewe wayimwandukije?? mutherfucker
TheChrismunga 1 year ago
@TheChrismunga man I think you shall say that again he's fag dooo!
siwema1 1 year ago
@kanywababo why can't you shut ur fuckin mouth up.
I think you know nothing about him so that's none of your business I think you shall learn how to mind your own business dooo! my dog you have no right to judge him
just live him alone dog.
siwema1 1 year ago
@kanywababo mais putain il faut pas abuser les gards!!!!iyi ni youtube SVP;tu te rends compte y'abantu qui visitent youtube??comment tu peux attaquer quelqu'un comme ça en public witwaje anonymat y'iyi username yawe!mbe urazi ko gucafuza umuntu bihanwa n'amategeko!!moi je me charge yo kugutora kuko biroroshe cane via iyi username yawe je peux savoir facilement ton IP,donc soit prêt d'assumer les conséquences!mais bon nibaza ko uri docteur yayipimye!!shit..c la honte koi!!
jacksonDJnifrEd 1 year ago
urabe indirimbo za fizzo, yama, avuga ko yiba amajambo y'abandi, Mrkibungo, ndazi ko udakunda fizzo kuko indirimbo ziwe zose urazipinga mother fucker
TheChrismunga 1 year ago
fuck u Mrkibungo, nimba utamukunda ntureke kumva indirimbo ziwe, urikigugu cambere kw'iy'tsi, we umaze kusohora zingahe muther-fucker
TheChrismunga 1 year ago
@TheChrismunga kugira ubwenge buke ningorane. Mr kibungo ariko aragusigurira ibintu ingene vyategerezwa kugenda hama wewe nawe ushobora kugira ivyiyumviro vyawe.
mmuuccoo13 1 year ago
@mmuuccoo13 nibiki ariko arasigura!asigurira nde?qui lui a démandé des explications?je me demande ukuntu yaje kwumva iyi ndirimbo aha kuri youtube ntazindi n'abo akunda yo kwumva maze iyi akayiduhebera nous les fans ba Fizzo!franchement vous poussez loin...!!maze bientôt azosubiramwo n'iza canjo zije à la mode maze uwimena yisature!urumva...murantunga birambabaza iyo mbona abantu nkamwe n'ukuntu le type bosse dûr pour servir des gens badashima coe vous,mais bon muri bake heuresement!
jacksonDJnifrEd 1 year ago
@jacksonDJnifrEd umuntu akoresha ubwenge afise. sinogushavurira
mmuuccoo13 1 year ago
@jacksonDJnifrEd umuntu akoresha ubwenge afise. sinogushavurira
mmuuccoo13 1 year ago
@mmuuccoo13 tu te permets yukunyita ikijuju!bien enfin tu te permets tout!bamwe ubita ibisuma,abandi ibijuju,...damain je peux m'attendre au pire!vuga ivyo ukuneye vyose ntawubuza izuba kwaka point et trait.gusa vous me faites quand même chier quand vous contournez le travail de quelqu'un et essayez de le rendre nul heuresement naho mutabishoye.
nGinOII 1 year ago
@nGinOII Wanyumvise nabi. ivyiyumviro vyawe nivyo tudahurizako. wewe ushaka kutwemeza ko ivyo fariaz akora arivyo. kuri wewe droit d'auteur nukuvuga iki? inyishu urashobora kuyitora uciye kuri google. jay z yasubiyemwo bonnie and clyde wibaza ko vyamufatiye muri studio aca arayiririmba??? numwana wavyaye ukunda ntibikubuza kumubwira kwariko akora amakosa.
mmuuccoo13 1 year ago
@mmuuccoo13 jewe nkorera dans le monde ya music,nyimba utansumvya kumenya ico droit d'auteur ivuga ndakigusumvya.none Fizzo vyamujemwo muri studio!ntubona aka gasuzuguro ko ariko tutariko turahurizako!!none ko uzi ingene ivvya reprise des chansons bigenda ni gute abantu bahinduka ibisuma,ibijuju,abanyoni,....kandi bariko bakora akazi kabo babicishije mumategeko!mbe urazi muburundi ko itegeko rya droit d'auteur rimaze bientot imyaka 5 kandi yazikoze apres yaryo!!just leave him alone vyoba vyiza
nGinOII 1 year ago
@nGinOII Asha wewe uri karahabutaka. iyo maison de disque ukoramwo yitwa gute? tout d'un coup nciye numva ndi curieux. hewe droit d'auteur muburundi imaze imyaka itanu muri processus yo kuyishiraho atari imyaka itanu ibaho. birashika ko umunyeshure asumvya mwigisha naho bishika gake. akaba ariho ugitangura umwuga wawe ntucintege bandanya bandanya turakeneye abantu nkawe.
mmuuccoo13 1 year ago
Ntanahamwe rero kw'isi mwene indirimbo yanka ko indirimbo isubigwamwo kuko iyo ndirimbo iba igize amasigise... Kandi ntashobora kwanka ko igurishwa kuko aba aronse amahera... Kenshi uwayisubiyemwo niwe atwara n'amahera menshi kuko ariwe yatumye ironka isoko. Indirimbo Fizo yasubiyemwo ntamasoko ziraronka kugeza ubu,
jeremiemusics 1 year ago
@mmuuccoo13 uba curieux ou non ça m'engage pas!hama droit d'auteur mu Burundi irahari yaratiwe na parlement kandi processus y'amategeko uko ikurikirana gushika ashigwe mu ngiro nyimba atavyo uzi navyo nobikubarira.soma Jeremie yamfashije kukunyishurira.Uyu musore ngira twimuha amahera agakora akazi kiwe naye ivyo gusimbira hejuru twitana ibisuma nibaza ko atarivyo biriko canke bizotuma umusika wacu utira imbere.hama merci kuko ndiko ndakorera muri SHOWBIZ.p&l
nGinOII 1 year ago
@nGinOII none wosigura gute ko izindirimbo azivuza muma concert yiwe kandi aba yarihishije kumuryango???
mmuuccoo13 1 year ago
@mmuuccoo13 hahahahaha urantwengeje basi!niko kuzigurisha uvuga!grand frère reka tubigezaha vyoba vyiza.merci kukiyago je te rappelle ko kudahuza ivyiyumviro ari ibintu biri normal sauf que la vérité est unique!!peace&love.
nGinOII 1 year ago
@nGinOII peace
mmuuccoo13 1 year ago
@mmuuccoo13 and love brother!
nGinOII 1 year ago
@nGinOII We nawe uvuga ko tudashima, nukwo utadutegera. ninka découverte umuntu ashima uwatoye ikintu uryamuchinois nawe agikora ni nkimashini batsa bakazimya.
mmuuccoo13 1 year ago
@mmuuccoo13 singombwa ngo duhuze ivyiyumviro ariko ukuri dushobora kuguhurizako kuko ni kumwe.ibintu vyo gusubiramwo indirimbo ntibibaye mu burundi gusa kandi kandi ukwo Fizzo yabikoze jewe ndabizi novyemanga naho hoba muri sentare kuko vyaciye mumategeko kandi abantu tutari bake biradushimisha kuko vyatumye dusubira kwumva ziriya ndirimbo ariko kubundi buryo bwa none.nogusaba ko wogumana ta version hanyuma surtout ukareka gucafuza umuntu ariko akora akazi kiwe aha kuri youtube.
nGinOII 1 year ago
@jacksonDJnifrEd ageze ahantu yiba n'indirimbo lolilo. bref turabarundi dukundinda twese na fizzo akorera inda. ico mvuga gusa nukwo bitategerezwa kuba gutyo akaburungu nagakwego. sinon kaabu fan nomusaba kwaririmba mukirundi indirimbo ziwe gushika ubu ntavyarashobora.
mmuuccoo13 1 year ago
@jacksonDJnifrEd ageze ahantu yiba n'indirimbo lolilo. bref turabarundi dukundinda twese na fizzo akorera inda. ico mvuga gusa nukwo bitategerezwa kuba gutyo akaburungu nagakwego. sinon kaabu fan nomusaba kwaririmba mukirundi indirimbo ziwe gushika ubu ntavyarashobora.
mmuuccoo13 1 year ago
@mmuuccoo13 ntakamaro ko kuguma duterana amajambo sur ce sujet.ehe urasubiye ivyo ndiko ndakwihaniza!!..."kwiba" ntiwumva ko c'est un peu trop!wamufatanye iki ga ntu!urazi ko ushobora kuba i USA ukandika ku rukundo ndi i Burundi tukandika ibishusha?urafise ivyo umusaba?aririmbira wewe?tuzi indirimbo nyinshi yanditse nawe numva uzi ibindi kandi hagarika gusamaza abantu.
nGinOII 1 year ago
nagira nongerereze insiguro bamwe mubazoraba iyi ndirimbo:1.IZI ndirimbo FARIAZ asubiramwo n'abaFANS tubimusaba!2.abicisha mumategeko abigenga kuko si ikijuju.kuririmba niko kazi kiwe donc ça m'étonnerait ko yoba atazi amategeko agenga ivyo gusubiramwo indirimbo.3.nta ndirimbo nimwe ibaho ya Fariaz ntazi,à part ko izi asubiramwo ziba ari indirimwo zakunzwe kera bigatuma zica zimenyekana,sinon indirimbo yiyandikiye ziraryoshe gusumba izi,murumviriza Chako nini,urukumbuzi,nzogukunda,n'izindi
jacksonDJnifrEd 1 year ago
@mr KIBUNGO:hari abantu muta amajambo kubera kutamenya;urabaza BUSY SIGNAL ingene yasubiyemwo one more night ya Phil Collins,,n'izindi,urabaza kandi ingene ba AKON,ba Sean Paul,n'abandi benshi ntanditse birigwa barasubiramwo indirimbo zakozwe avant.Ds l'industrie de la musique ivyo bita remix biremewe kandi bifise amategeko abigenga.FARIAZ arazi kwandika indirimbo ziwe kaandi nziza ziryoshe kurusha izo abaFANS tumusaba asubiremwo kuko abishoboye!reka guta akanwa kuvyo utazi ntakamaro!Thx&PEACE
jacksonDJnifrEd 1 year ago
urabesha fianlement uvugaz ivyo utazi, les droits d'auteur n'ont à voir avec les remix. lapropriété intellectuelle n'ikintu respectable partout au monde,ceux qui font des remix ailleurs doivent demander autorisation aux auteurs originaux ou leurs ayant droit, rero ndumva neza ko uvuga ivyo utazi sinon , ce que font les "sorciers " musiciens burundais c'est du vol seulement. je regrette
MrKibungo 1 year ago
@MrKibungo dsl Monsieur mais tu n'as pas le droit de les appeler sorciers musiciens!!!bagucumuyeh'iki kugira ubite des sorciers?ntamajambo menshi nanditse ntitwoterana amajambo kuko iyi ni lieu publique iri visité par bcp de gens,...tu comprends bien pourquoi je n v pas entrer ds les détails de cette discussion.gusa aba contre succès ntimubuze ariko ntawubuza izuba kwaka tu le s petetr plus que moi!
jacksonDJnifrEd 1 year ago
Comment removed
jacksonDJnifrEd 1 year ago
nda kunda iyi ndirimbo cane, likeati naseze mvuze ko nzogaruka mbaze ndihe ico nahariye ndagaswera mama iratabura kweri
Jean62877 2 years ago
thank you to evry one
i appreciate so!
happy new year to u all
inanichoma 2 years ago
cooooooooooooool
windchallenger 2 years ago
sha iyi ngoma ninziza peeeeeeeeeeee
MrNdanguza 2 years ago
i mic u so bad...ur da best...wen wil i ever c u again?!!!
Kanyana1 2 years ago
Mister Farias, wosobiramwo indirimbo nibaza ko yitwa " wa gisiga uguruka wewe uzi ibisaka n´ibisagara "? umusic usubiyemwo uza uruta wa original sans blague.Thanks u 4 your musics!!!
gedipa 2 years ago
komera ncuti!
gedipa 2 years ago
katika waimbaji wote wa Burundi wewendio wakwanza ndugu......mimi nimetulia hapa marekani itakuwa vizuri ukitowa nyimbo zingine ndugu..you are the best singer my friend
jrocky09 2 years ago
YEUh kora akazi mwanangu, tuko nyuma...niwafata retraite nzoca mba king of BJ LOL...TUKO PAMOJA
bbxx2 2 years ago
vraiment iyindirimbo ninziza inyibutsa tanzania muri kibondo umukobwa wanje twaridukundanye pe
jrocky09 2 years ago
hahaha Kibondo muri tanzania nanje narahagorewe imyaka myinshi kweli !!
bbxx2 2 years ago
Good job Fizzo..
ndayisenga 2 years ago
Afise ijwi ryiza mais hari indirimbi nimwe afise yanditse wenyene?Just asking
onlyyouto 3 years ago
hhaha... mbe wew ubahehe utazi indirimbo ziwe!!!!???? just kiddin!! ok, afise indirimbo nyinshi yanditse.....better look for his CD's , think u'll fall in luv with his songz!!!!
inanichoma 2 years ago
Sangwe rukundooooo !!!!
didemma19 3 years ago
me lovvvvve
youngnella 3 years ago
oooh my God !!!i really miss Buja.
nahimana88 3 years ago
Kwandika iba problem gute uzi kuririmba ? La majorite des grands musiciens, baririmba izo bandikiwe.Bref, pour dire ko umuntu wese akeneye aho ahera !!
fabricedede 3 years ago
ndavyumva ivyuvuga, p-t ko yagerageza kuririmba gusa akarondera abantu bazimwandikira.
mmuuccoo13 2 years ago
ijui ryiwe ari ryiza, aracafise ingorane zo kwandika. kurijewe haracari agahaze indirimbo ziwe nziza nizoyasubiyemwo, ikibabaje nukwo atanazirihira
mmuuccoo13 3 years ago
indirimbo zose amaze kuririmba niwewe wazicompoje? IO think no. Soo mureka yibereho. I 'm sure that ivyo akora ntavyo wokora.
nahimana88 3 years ago
ikirundi canyu kirarwaye sinobashavurira. navuze ko nziza atarizoyanditse. izisigaye nazo akaba ariwe azandika je les trouve moins bien par rapport yizasubiramwo akaburungu nagakwego.
mmuuccoo13 2 years ago
Comment removed
TMaxmwanajeshi 2 years ago
Sorry ik heb geen tijd voor je!!!
nahimana88 2 years ago
wie heeft tijd voor je dan sukel
bombo45 2 years ago
what's wrong wit u guy??? i think u better leave him alone nkuko yavyivugiye...cant u see that this guy doin his best. yemwe bantu mwe, mwabaye mutese!!!!!!???
inanichoma 2 years ago
mabaye mute se niryojambo ryiza. ntamuntu yovuga ko fizzo atazi kuririmba muga kuvuga ko kwandika yokwandikirwa simbona amkosa ahari. bill gate ntiyari kwishoza ku monta microsoft. kubera iki abarundi twanka gufashanya naho abarivyo bidukomeza gusamvya???
mmuuccoo13 2 years ago
c'est du plagia ca, ubu faliaz ariko aradanza indirimbo yabandi, or l'auteur ne gagnbe rien, ca c'est inacceptable, là ou il ya le droit, il serait déjà arrete. malheureusement au B urndi on ne veut pas proteger les droits d'auteur. j'imagine mal ingene umuntu yo plagia indirimbo ici en europe ingene vyogenda. harageze ko agateka ka aba artiste kubahirizwa mu Burundi
MrKibungo 2 years ago
yo je crois ko afise izindi ndirimbo nyinshi yanditse et j'en suis persuadé!urarondera neza uzozibona!!
axellojames21 3 years ago
Hes the king in BJ man
zerokay18 3 years ago
Hey, Thanks Faris,I like your voice,thanks also for remind us that old song.I m Burundian but im now in Australia.Good time
mbuyia 3 years ago