Added: 3 years ago
From: idamawatu
Views: 14,002
Sort by time | Sort by thread (beta)

Link to this comment:

Share to:
see all

All Comments (12)

Sign In or Sign Up now to post a comment!
  • I love it

  • this iz funny LMFAO

  • Ewe yemwe uwuhora arabumviriza ntiyoryama! Muraririmba ntimuzoramba. Nayo amayagwa yo ngira...! Ngejeje aha!

  • Agacupa si kabi en soi.

    Mr KIBUNGO wahora uva mu KIBUNGO ukaja kunywa ikivu mu MIGERERE? Kari karakubanye...

    Ni turinywe turisubire mais ntibatubenge ngo tubiyoberwe.

  • oya ncuti, uwaciye muri lyccée Matana mu myaka ya 90 barasoma ibivu mu Migerere, bakarenzako akuki kwa Kayuki. reka reka kunyibutsa!!!! Kwi SEGETERE mu Kibumbu soma musubire umu drinki wo kwa Munyorore

  • Rizimba canke rireke, tuzoguma turibabaza mpaka!Ese ayo ryabonye mw'ijoro ry'uwa 31/12/2009 ushira 01/01/2010!Emwe ntiyari ayo kuvuga!

    Ndaguye ndagarutse, naho icupa ndarikunda, abarundi turakwiye kugabanya kwiheza arukanywa.Ariko rero ntawoheba kuko karahuza imiryango.

  • ndamukiriza abantu bo ngaho kwa gafaranga mu nyakabiga ya 3, uti soma musubire , kirinyota mugenzi!!!

  • Ewe Rudipe warababaye!Komera wampaye la Bouteille!N'uwampaye la Vache ndamwivuga;kuki wewe!Onésphore umbaye kure naguha n'akandi ukaba urisomera se mwiza wanje.Uwanka icupa aba yanse ikiyago;ikiyago naco kirubaka;ukwubaka nakwo n'iterambere!None ga yemwe ndayiciye umurya?Nyishure basha.We nawe usoma ubu butumwa;uhejeje gusoma utashe uce uca muri BRARUDI uti barabatasha,uti komeza urwo RUTOKE.

  • ryarazimvye, n'akarwa umuntu yahora asoma karazimye none abatama bacu bari mukwicwa n'inyota. Mbe basha ninde yombwira ko mu mu MIGERERE (i Matana) bagikora IBIVU (uduheke). cankwe ka KAYUKI ko bagikora akuki!!!!! hahahah, je rêve un peu

  • ewe onesphore warasaze, sinarinzi ko ufise des talents, ariko urabesha nta nkumi wagujije icupa,....

  • La bière, la convivialité, les danseuses, ...

  • I love this, its so funny

Loading...
0 / 00Unsaved Playlist Return to active list
    1. Your queue is empty. Add videos to your queue using this button:
      or sign in to load a different list.
    Loading...Loading...Saving...
    • Clear all videos from this list
    • Learn more